Kwibonanya, kwikinisha, canke kwimara inambu y’umubiri bivugwako vyinshi cane. Mu bitabu, mu binyamakuru, ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye havugwa ibi na biriya, ariko abantu bakagumana ibibazo bitagira inyishu. Ng’izi rero inyishu ku bibazo bimwebimwe abantu bagira.
Urukundo
Comment sortir de la friendzone en trois étapes
Ah, la friendzone ! Vous savez, cette situation où vous vous retrouvez « juste un·e ami·e » de la personne dont vous êtes amoureux. Pour vous éviter de vivre une telle situation, voici trois astuces suggérées par celles et ceux qu’il convient […]
Amabanga y’abubatse: hari abagabo bakwiye kwigishwa uko bigenda
Imico n’imigenzo ifatiye kw’idini iri canke ririya, rimwe na rimwe iratuma haba ingo zubakwa, ariko zidafatiye ku rukundo. Ivyo bigatuma ivyiza uwubatse yokwitega mu rugo atabironkayo. Zayinabu* yaratwiganiye amagorwa aterwa n’uwo bubakanye, iyo hageze amabanga y’abubatse. Ng’iyi inzira y’umusaraba ariko […]
Ku bimirije gushinga umuryango: ng’izi impanuro zobafasha
Abageze mu bigero, bimirije kurushinga, barafata akanya gakwiye ko kumenyana kugira bategure ukubana kwabo. Ivyeze ubu, kubera ubwoba n’amakenga y’ibishobora kuba bamaze kubana, ico kiringo birashika kikaba kirekire cane, rimwe na rimwe bigatuma abakundanye baheza nabi. Ariko n’aho biri uko, […]
Acher Niyonizigiye : « Il est temps d’enterrer le tabou sur les menstruations »
J’ai récemment lu les réactions de certains internautes à la campagne organisée par Yaga pour réclamer la détaxation des tampons hygiéniques que les femmes utilisent lors des menstruations. Certains commentaires étaient plutôt critiques et leurs auteurs soupçonnaient des intentions cachées […]
« Moi, lui exposer mes fantasmes ? Il me prendrait pour une dévergondée »
Shuuuuut ! pourrait bien résumer le rapport qu’entretient une écrasante majorité de Burundaises quant au fait d’extérioriser leurs désirs sexuels. Un état des lieux qui découle d’une socialisation où le sexe est tabou en général et plus rigoriste quand il s’agit […]
Mères célibataires : faut-il avouer à son fiancé l’existence d’un enfant ?
Un couple qui vole en éclats parce que monsieur a appris que madame a eu un enfant dans une vie antérieure, l’histoire est familière. Tout aussi familière est l’angoisse d’une mère célibataire pour qui l’aveu de l’existence d’un enfant pourrait […]
Gufata ku nguvu uwo mwubakanye: birabaho kandi biragisibije
Mu vyaha biremereye vy’ihohoterwa rifatiye ku gitsina, hari ico dukunze kwiyobagiza canke nyene tutigera twibuka ko kibaho. Ico naco kibera mu miryango yacu, akaba ari ugufata ku nguvu uwo mwubakanye. Muti none ivyo bigenda bite? Bifise inkurikizi izihe? Insiguro.
Se marier pour vivre à l’étranger : attention à la roulette russe !
Elles sont plusieurs à rêver du prince charmant qui va venir les épouser et les embarquer dans une vie de rêve à l’étranger. Certaines ont même déjà eu leur « come from ». « Pourquoi pas moi ? », se demandait Nathalie (pseudo) avant de […]