Mu mwaka w’2020, umukuru w’igihugu c’Uburundi yaremereye abakozi ba Reta, bagiye mu za Bukuru, kubatekerera amafaranga angana n’ayo bahora bahembwa igihe bakukuruka. Naho hari amategeko mperekeza ajanye n’iyo ngingo yasohotse, abakukuruke ntibarahabwa ayo mafaranga inyuma y’imyaka yababa 5. Mu bayemerewe, […]
Une lettre à …
Akabaruwa ku Mukuru w’igihugu: “Fasha abana b’igihugu bagiserukire !”
Inkino za mbereza“Road to BAL” zitegekanijwe mu kiringo kiri munsi y’ukwezi. Ariko gushika uno musi, nta wuramenya neza nimba umugwi wa Dynamo BBC, watwaye ihiganwa rya “playoffs” muri basketball y’Uburundi, uzoshobora guserukira igihugu. Uno mwanditsi agashima kwandikira akabaruwa Umukuru w’igihugu, […]
Ku basitanteri bashasha: “Ayo ni amabanga si ikiraka muhawe ! ”
Inyuma y’aho abarongoye ama komine batorewe, n’itegeko ribagena mu mabanga rigashirwako umukono n’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye, uyu mwanditsi ashimye kubuhirira n’aka kabaruwa ko kubakeza, kubahanura no kubipfuriza kurangiza ikiringo neza. Na kare barayamaze bati: “Inkware zisezerana mu masesa”.
Une lettre à Nelson Mandela : d’où viendra ton successeur ?
Qui osera porter l’étoile africaine avec autant de fierté que Mandela ? Qui fera aumône de sa vie et de son idéal comme Madiba l’a fait ? Il est parti, nous sommes restés. Mais que ferons-nous de cette terre que […]
Lettre à ceux qui donnent la vie : « Ne leur ôte pas leur seul espoir, votre amour »
Il y a des nouvelles qui claquent comme une gifle. Des mots qui font tomber les rêves en mille morceaux. Et pourtant, au milieu des larmes, une main tremble en silence, espérant qu’on ne la lâchera pas. Quand votre fille […]
Lettre ouverte au nouveau président de la Febabu : « Les mots doivent se transformer en actes »
Il n’y pas très longtemps, un fan de basketall burundais écrivait une lettre au président sortant de la Febabu (Fédération de basketball du Burundi) pour exprimer ses doutes sur ses choix stratégiques et ses priorités. Cette fédération vient de se […]
Lettre à celle qui me saigne sans jamais s’excuser
Tous les mois, elle revient, sans prévenir, sans invitation. Elle tord le ventre, bouleverse l’humeur, ruine les draps, et parfois, fait trembler les certitudes. Voici une lettre ouverte à cette colocataire envahissante qu’on m’a appris à cacher, à craindre, à […]
Agakete ku Barundi bazotora : “Ntimukome amashi gusa !”
Mu Burundi, imyiyamamazo y’ amatora y’abashingamayeka n’abajenama b’amakomine iriko iraba ukuri kwamye. Imigabo n’imigambi, imvugo n’amasezerano y’abahiganwa bisosera amatwi y’abazohunda amajwi abitoza ntiworaba. Baravuga, n’igishika cinshi, bene amajwi bagatega amatwi. Ariko ikibabaje ni uko na bo badatanga umwanya wo kwumviriza […]
Une lettre aux internes : « Revenez-nous. Nous avons tant besoin de vous »
Il y a une semaine, les stagiaires internes du Centre Hospitalo-Universitaire de Kamenge (CHUK) ont suspendu temporairement leurs stages pour revendiquer leurs droits. Dans ce billet, une stagiaire externe décrit le rôle essentiel des internes et l’ampleur de leur absence. […]