Dur, dur de vivre une romance de nos jours. Sortir avec son âme sœur coûte désormais les yeux de la tête. Laisser mourir la flamme de l’amour, faute de moyens ? Pas question, l’amour doit surmonter toutes les épreuves. L’auteur […]
Vie de couple
Umu “ex”: « Yambereye pfampfe ntiyoba nyagupfa »
Mu rukundo, umusore n’inkumi bapfunditse ijambo, ariko ntibikunde ko bubakana, baca bitana aba “ex”. Mu Kirundi kosigurwa ngo « uwahoze ari… » Igitangaje, bamaze guhebana, hari aho uca usanga bazirana urunuka. Bishitse hakagira abaguma ari abagenzi bisanzwe usanga bitangaza benshi. Ni na […]
“Gupfuha” : ikimenyetso c’urukundo canke inyifato itabereye ?
Biragoye gutahura utarabibona. Kwumva ko umugabo muzima yorwana akamenagura ibintu kubera “gupfuha” gusa, kuko abonye umugore wiwe bamukozeko, hari abatokwemera ko vyobaho. Yamara abandi nabo bavuga ko kutamupfuhira vyerekana nyabuna ko utamukunda bikwiye.
La diplomatie conjugale pourrait-elle encore sauver les couples en crise ?
Il y a plus de mille cinq cent ans qu’est apparu le livre des Confessions de saint Augustin qui a envouté les générations de littéraires, de philosophes, de théologiens et tous les amateurs des romans antiques. Jusqu’aujourd’hui, les Confessions restent […]
Qu’est ce que j’aurais aimé vivre à l’époque des lettres d’amour !
Les messages d’amour ont fusé ce 14 février. Des mots mielleux ont coulé sans tarir et les statuts whatsapp saturés de jolies photos. Pour ma part, j’aurais bien aimé vivre un amour vintage.
« Gutera ivi » : igipimo c’umusore agezweho ?
Ku rubuga Twitter, amasanamu yerekana umusore apfukama asaba umwigeme ko yomubera umugore, ivyo tumenyereye bita « gutera ivi » yavugishije benshi ; ku mvo y’uko uwo mwigeme atemereye uwo musore. Hari n’abaciye batangura kwibaza igituma uwo mugirwa uharawe, n’igituma ukorwa. Bamwebamwe barashikiriza […]
Amakuba yo kurangura amabanga mpuzabitsina n’umugabo yafashe ibiyayuramutwe
Kubera ingeso yo kunywa urumogi yiziziye abatwa bo ku musozi Gika muri komine Ngozi, imiryango imwe imwe irafise ikibazo mu kurangura amabanga mpuzabitsana. Aline*, umukenyezi wo kuri uwo mutumba, aratwiganira amakuba yo kurongorwa n’umugabo anywa urumogi.
Babonanira ku buriri bakiryamira kubiri kandi vyifashe neza
Turamenyereye ko umugabo n’umugore bubakanye basangira uburiri. Ariko John* na Meddy* si ko bimeze. Kugira bashobore kubana neza, bahisemwo kurara mu vyumba bibiri bitandukanye. Mbega boba babitumwe n’iki ? Intahe.
Féminicides : comment arrêter la recrudescence de ces crimes ?
Comment peut-on en arriver à ôter la vie à sa moitié ? Cette blogueuse est révulsée par le regain de cette forme de criminalité qu’est le féminicide. Son texte nous plonge dans ce monde sordide et odieux du meurtre des femmes simplement […]