C’est compliqué

“Bridal Shower”: umugirwa wahindutse ibikino
C'est compliqué article comment count is: 3

“Bridal Shower”: umugirwa wahindutse ibikino

Umugirwa “Bridal shower” canke “kitchen party” ni umwe mu migirwa isigaye itegurwa ahanini n’abigeme bagira baje kwubaka izabo hano mu gihugu cacu. Turetse ko uwo mugirwa udakurikiza uko wategerezwa kuba, hari n’utundi tunegurwa ufise twosaba ko uhinyayrwa. Reka tubirabire hamwe.