Urukundo

Kwubaka ku gahato : abavyeyi bikebuke
C'est compliqué article comment count is: 2

Kwubaka ku gahato : abavyeyi bikebuke

Iyo bishitse umukobwa agasama inda, abantu benshi babona ko ari uguca aja kwubakana n’umusore yayimutwaje. Mugabo rero, abubakana bategerezwa kubanza kuba bakundana, bafise n’uwo mugambi. Iyo abantu bubakanye ku gahato, inkurikizi ntiziteba kwigaragaza nk’uko vyagendeye Anitha na Claude. Intahe yabo […]

Ni gute woja mu rukundo n’uwo washimye ?
Vie de couple article comment count is: 4

Ni gute woja mu rukundo n’uwo washimye ?

Kuba ukunda umuntu ni kimwe. Ariko kumenya nawe ico akwiyumvirako, akari muri we ; ko akwiyumvamwo canke atakwiyumvamwo, ni ntasubirizwa mu rukundo rwanyu. Birashoboka ko uvyibonera utarinze kumubaza ariko mu gihe ufise amadidane,  ng’uku uko wovyifatamwo.

Bigoranye gusama imbanyi : impanuro ngenderwako
Devenir parent article comment count is: 0

Bigoranye gusama imbanyi : impanuro ngenderwako

Umuryango iyo utararonka umwana wavyipfuza, biratuma ugira umwitwarariko cane. Abo bubakanye baribaza vyinshi, bakabura inyishu. Mugabo rero, abahinga mu vy’amagara n’irondoka barerekana ivyo umwe wese yokwisunga kugira aronke ikibondo. Ng’izi zimwe mu mpanuro bogenderako, baba abakenyezi canke abagabo.

Kwibonanya  : inyishu ku bibazo mwama mwibaza
Sexe et santé article comment count is: 22

Kwibonanya : inyishu ku bibazo mwama mwibaza

Kwibonanya, kwikinisha, canke kwimara inambu y’umubiri bivugwako vyinshi cane. Mu bitabu, mu binyamakuru, ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye havugwa ibi na biriya, ariko abantu bakagumana ibibazo bitagira inyishu. Ng’izi rero inyishu ku bibazo bimwebimwe abantu bagira.