Dans la société burundaise, la porte qui ouvre sur l’éducation sexuelle est fermée à double tour. Tout ce qui a trait au sexe est placé sous une chape de plomb. Les jeunes privés de cette éducation se retrouvent comme dans […]
Urukundo
Féminicides : comment arrêter la recrudescence de ces crimes ?
Comment peut-on en arriver à ôter la vie à sa moitié ? Cette blogueuse est révulsée par le regain de cette forme de criminalité qu’est le féminicide. Son texte nous plonge dans ce monde sordide et odieux du meurtre des femmes simplement […]
La paternité, et moi dans tout ça ?
La naissance d’un enfant n’est pas sans conséquences sur les habitudes et les comportements du couple. Entre l’« enfant cadeau du ciel » et l’« enfant, ce boulet que la femme/fille est la seule à porter », ce jeune papa nous parle, sans détour, […]
Kwibonanya: ico uwo vyiziziye yokora ngo abihebe
Ku myaka 18 amaze yubatse, David* afise abana bane, kandi umuhererezi afise imyaka 11. Yemeza ko vyanse ko aheba kwibonanya, kandi yubatse, ata n’ico akema umugore wiwe mu mabanga y’urugo. Bimubabaza ku mubiri no ku mutima, ariko vyaramunaniye guheba. None […]
« Mon mari couche avec un homme »
Un amour sincère, un beau mariage, partir s’installer en Europe, avoir un enfant, une vie dont rêvent beaucoup de filles. Joy a vécu cette idylle jusqu’à cette nuit fatidique où elle a découvert que son mari couchait avec un homme. […]
Indwara yo mu kigo yamubereye inzira y’umusaraba
Abakenyezi barwaye indwara yo mu kigo, kenshi usanga bakumirwa mu kibano. Birashika bagatabwa n’abo bubakanye. Bagira amakuba menshi kubera kutamenya, nk’uko vyashitse Makurata akanarwara mu mutwe. Reka uwu mwanditsi abituyagire.
“Twibaruke ku rugero ku neza yacu”: urwaruka rwo si ko ruvyumva !
Si agaseseshwarumuri, igitigiri c’abenegihugu kibandanya ciyongera mu Burundi. Mu gihe Reta, amashirahamwe n’amashengero bahimiriza kwibaruka ku rugero, urwaruka rubibwirwa rworwo, bica mu gutwi bigaserukira mu kundi.
« Le Sous-marin », le « Gatsbying »… quand l’amour fait place au quotidien
Après le « Zombieing », le « Benching », le « Caspering » et autres mots en –ing, voici comme promis la suite du fameux lexique des comportements goujats en amour.
“Narabuze umugabo kubera ubutinyanka”: intahe
Igenekerezo rya 28 Rusama, isi irahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe ubutinyanka. Uwo musi buca uhimbazwa irya mbere mu Burundi, wibutsa vyinshi Jeanne* w’i Makebuko, aho ibikomere yatewe n’amakuba yabonye kubera ubutinyanka, vyamutumye abura umugabo. Umvirize namwe uko vyamugendeye.