Aller au contenu
  • Société
  • Politique
  • Économie
  • Culture
  • Santé
  • Multimédias
    • Dessins
    • Vidéos
    • Twittoscopie
  • Urukundo

Yaga Burundi

Yaga Burundi
f t y i

Aloys Kamwenubusa

Ingene nabaye serugo nkiri umwana
Devenir parent article comment count is: 7

Ingene nabaye serugo nkiri umwana

Par Aloys Kamwenubusa le 12 décembre 202012 janvier 2021

Kubera kwishinga amabwire y’urunganwe, Yan* yabonye ko ataryamanye n’uwo bakundana yoba agayitse.Umusi uri izina yarabikoze, ariko bimuviramwo ivyo atipfuza. Intahe.

Ibintu 5 wokwirinda kugira ugwize amahirwe yo kuronka urukundo rw’ukuri
Vie de couple article comment count is: 28

Ibintu 5 wokwirinda kugira ugwize amahirwe yo kuronka urukundo rw’ukuri

Par Aloys Kamwenubusa le 20 novembre 2020

Baba ab’igitsina gabo canke ab’igitsina gore, abato n’abakuze, abatunzi  n’abakene, abakomeye n’abarwaye, mu butandukane bwabo, bose barakeneye urukundo nk’uko bivugwa n’umuhinga Alexandre Cormont. Nawe ukaba urukeneye kandi rw’ukuri, uririnda ibi bintu bitanu. 

« Il est possible de se remarier et de retrouver le bonheur »
Vie de couple article comment count is: 1

« Il est possible de se remarier et de retrouver le bonheur »

Par Aloys Kamwenubusa le 5 novembre 2020

Le mariage c’est la volonté à deux de créer l’unique comme l’a dit Friedrich Nietzsche. Les époux s’unissent et se promettent de lutter main dans la main contre vents et marées pour un avenir meilleur. Leur souhait est de vivre […]

Une pause peut-elle sauver le couple ?
Vie de couple article comment count is: 0

Une pause peut-elle sauver le couple ?

Par Aloys Kamwenubusa le 22 septembre 202022 septembre 2020

Au début d’une relation amoureuse, tout semble rose. Au fil du temps, il arrive que certains éléments parasitent la santé du couple jusqu’à ce que ce dernier batte de l’aile. À ce moment, le couple souffre énormément. Il a besoin […]

Amakuba y’umwigeme yatanzwe na murumunawe kuja kwubaka urwiwe
C'est compliqué article comment count is: 6

Amakuba y’umwigeme yatanzwe na murumunawe kuja kwubaka urwiwe

Par Aloys Kamwenubusa le 16 septembre 202018 septembre 2020

Uruvugo, gutungwa intoke, n’ibindi bidahimbaye, ni vyo bishikira umukobwa atarubaka urwiwe, mu gihe umwe canke benshi muri barumunawe bamutanze kwubaka izabo. Kuki iyo umuhungu mukuru atanzwe na mutoya wiwe kwubaka bifatwa nk’ibisanzwe, ariko bibaye ku mukobwa umengo ni agahabwa ?

#ZaNzoga: tunegure “amabwirizwa” y’imborerwa
Société article comment count is: 2

#ZaNzoga: tunegure “amabwirizwa” y’imborerwa

Par Aloys Kamwenubusa le 7 septembre 20207 septembre 2020

Hari abamaze gufata inzoga nk’ingaburo yo ku musi ku musi. Mbere bamwe muri bo, kuborerwa baramaze kubigira nk’umwuga ufise n’amabwirizwa awugenga.  Bakabigira ubuhizi, bibagira ko gukurikiza ayo mabwirizwa ata yindi nzira bibajanamwo atari iyo guhona. Muti gute ? Reka tuyasesangurire hamwe. 

Nankana umwigeme yipangiye inzu aba ashaka kuja mu buhumbu ?
C'est compliqué article comment count is: 22

Nankana umwigeme yipangiye inzu aba ashaka kuja mu buhumbu ?

Par Aloys Kamwenubusa le 18 août 2020

Hari ibihugu vyinshi, umwana ashikanye imyaka 18 aca afatwa nk’uwukuze, maze akava mu nzu y’abavyeyi, akaja kwimenya. Ariko hano i wacu si uko biri. Uretse ko ari bake babishoboye, n’ababikoze ntibabonwa kumwe. Umuhungu yipangiye inzu abonwa nk’umuhizi, mu gihe umukobwa […]

Kuki bitaboneka neza iyo umuhungu mugufi akundanye n’umukobwa muremure ?
Vie de couple article comment count is: 11

Kuki bitaboneka neza iyo umuhungu mugufi akundanye n’umukobwa muremure ?

Par Aloys Kamwenubusa le 28 juillet 2020

Ivyigwa bimaze kugirwa ahatandukanye kw’isi vyasanze umugabo ari we muremure kurusha umugore wiwe ku bice birenga 90% vy’abubakanye. N’aha iwacu turabibonesha ijisho. None vyoba biva kuki ? Umuhungu mugufi yikundaniye n’umukobwa muremure ni iciro ry’umugani ? Imvo n’imvano.

«Kubenga umwigeme ngo yaribarukiye iwabo»: ikosha utokora
C'est compliqué article comment count is: 7

«Kubenga umwigeme ngo yaribarukiye iwabo»: ikosha utokora

Par Aloys Kamwenubusa le 23 juin 202023 juin 2020

Mu Burundi, umukobwa yibarukiye iwabo aca yinubwa mu kibano. Hagera ku basore ho, ari bo bene kuresha, bikaba ibindi. Hagati y’abaraba ubwiza bwo ku rukoba n’abihweza indangagaciro z’umuntu, hari abakeneye kumenya gusa ko yavyaye canke ataravyara na rimwe.

Voir plus d’articles
  • #YagaDécodeur
  • Analyse
  • Culture
  • Dossiers Yaga
  • Économie
  • Education
  • Multimédias
  • Nouvelles
  • Politique
  • Réactions des lecteurs
  • Revue de la presse
  • Santé
  • Société
  • Sport
  • Synergie des médias
  • Urukundo
  • Yaga here
  • Qui sommes-nous?
  • Charte
  • On en parle
  • Contactez-nous
Suivez-nous f t y i
© 2023 Yaga Burundi & RNW Media

Cookies

Nous utilisons des cookies analytiques / de performance pour améliorer votre expérience utilisateur sur notre site. En savoir plus