Sexe et santé

Kwibonanya  : inyishu ku bibazo mwama mwibaza
Sexe et santé article comment count is: 34

Kwibonanya : inyishu ku bibazo mwama mwibaza

Kwibonanya, kwikinisha, canke kwimara inambu y’umubiri bivugwako vyinshi cane. Mu bitabu, mu binyamakuru, ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye havugwa ibi na biriya, ariko abantu bakagumana ibibazo bitagira inyishu. Ng’izi rero inyishu ku bibazo bimwebimwe abantu bagira.