Urwaruka

Société article comment count is: 3

«Sinanse ugukunda igihugu, ariko akajagari gahagarare ! »

Ubushikiranganji bujejwe indero n’inyigisho mu gihugu buheruka gutanga itegeko ku bayobozi b’amashure ko bategerezwa kwigisha abanyeshure ururirimbo ruhayagiza akarere ka Africa y’Ubuseruko. Urwo ruririmbo ruje kwiyongera kuri zibiri zahahora. Umwigisha Félix Ndereyimana ati « ukwigisha izo ndirimbo bitunganijwe nabi », akagirako yerekana […]

Culture article comment count is: 0

Guhanisha umwana inkoni vyoba bikwiye ?

Abantu batari bake barazazanirwa mw’ibanga ryabo ryo kurera abana babo. Bamwe bakagira impuwe z’ubuvyeyi ugasanga baratinye gukosora umwana wabo yacumuye maze ugasanga umwana akuze ameze nk’uwuzi ko vyose abirekuriwe. Oscar Niyonkuru asanga guhanisha umwana inkoni bikwiye, mu gihe hatagiyemwo indenzarugero, […]