La radio reste le réseau informatif le plus prisé par la population burundaise surtout en milieu rural. Cela en raison de son accessibilité et de son utilisation qui ne nécessitent en aucun cas un branchement électrique. Toutefois, le genre féminin […]
Chancelle Bamuhaye
Blogueuse du collectif Yaga
Ngo: “abatwa n’ishure vyaguye kubiri”, ni ukubesha!
Abavuga ko abantu bo mu bwoko bw’abatwa badakunda ishure, bakabaremeka ayo bashatse yose, barihenda cane. Nzoyisenga Joantine, aba mu kigwati c’abatwa ca Busekera, kiri ku nkengera y’ishamba rya Kibira mu ntara ya Muramvya, arahinyuza ivyo ubwoko bwiwe bwagirizwa. Aradushingira intahe, […]
Kadogo, grandir avant l’âge
On observe dans la ville de Bujumbura et dans d’autres centres urbains du Burundi le phénomène des travailleurs mineurs dits Kadogo. Ils ont entre 10 et 15 ans et font des travaux qui, souvent, dépassent leur capacité physique. Et tout […]
Ibiyovyabwenge : « Ntore yarahevye ishure, asigaye ari umugwayi wo mu mutwe »
Tumaze imisi twumva canke tubona urwaruka rwononekara kugeza no ku bugwayi bwo mu mutwe, biturutse ku biyovyabwenge ruba rwihereje. Afatiye ku karorero k’umugenzi wiwe Ntore, Bamuhaye Chancelle aratwiganira ingene ivyo biyayuramutwe bigisibije mu rwaruka.
Je suis Umutwakazi, pauvre et stigmatisée
Les « Batwa » constituent la troisième ethnie reconnue au Burundi, et sont associés au peuple pygmée d’Afrique. Moquée, marginalisée, oubliée, la grande partie de cette communauté vit dans une extrême misère, matérielle comme psychologique. La blogueuse Chancelle Bamuhaye a rencontré Ndaruzaniye, […]
Akigoro kabaye kuri Jonathan Rukundo karacakenewe
Ikibondo Jonathan Rukundo giheruka kuva mu bitaro, carihiwe amafaranga atari make, ayo nayo akaba yabonetse ku kamo katewe n’urwaruka rutandukanye. Runo rwabicishije mu nzira nyinshi kugira ubwo buryo buboneke. Bamuhaye Chancelle ati: “ako kigoro hariho n’abandi bana bagakeneye”.
Gusubiza ba « mayibobo » mu miryango yabo : Inama yosumba ingimba
Haraciye ikiringo kingana hafi umwaka, umukuru w’igihugu atanze itegeko kuri ba buramatari bose ko mu mezi atandatu, ata mwana yiyerereza mu mabarabara y’ibisagara yoba acibonekeza. Ariko, iyo ngingo nta kintu na kimwe yahinduye. Bamuhaye Chancelle ati « uburyo bwakoreshejwe si bwo […]
Grandes vacances : cette jeunesse qui sort du lot
Considérée parfois par certains élèves comme la période de repos, de loisirs ou de tous les excès, la période estivale voient aussi naître certaines initiatives louables. La blogueuse Chancelle Bamuhaye nous fait découvrir Joe Carmine Bizumuremyi et son activité pour […]
Harakenewe amategeko ahana abakoresha abana bato
Hari abantu bakoresha abana bakiri bato cane ibikorwa bibarengeye. Ivyo biranyuranye n’amategeko mpuzamakungu akingira agateka k’abana, ndetse n’ayagenga akazi n’abakozi. Bamuhaye Chancelle yarabigendereje asanga abo bana bahura n’ingorane nyinshi, ni ko kubatabariza ati “ni habe amategeko ahana abazibakwegeramwo”.