Inkino za mbereza“Road to BAL” zitegekanijwe mu kiringo kiri munsi y’ukwezi. Ariko gushika uno musi, nta wuramenya neza nimba umugwi wa Dynamo BBC, watwaye ihiganwa rya “playoffs” muri basketball y’Uburundi, uzoshobora guserukira igihugu. Uno mwanditsi agashima kwandikira akabaruwa Umukuru w’igihugu, […]
Intwaro
Ku basitanteri bashasha: “Ayo ni amabanga si ikiraka muhawe ! ”
Inyuma y’aho abarongoye ama komine batorewe, n’itegeko ribagena mu mabanga rigashirwako umukono n’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye, uyu mwanditsi ashimye kubuhirira n’aka kabaruwa ko kubakeza, kubahanura no kubipfuriza kurangiza ikiringo neza. Na kare barayamaze bati: “Inkware zisezerana mu masesa”.
Kwiyunguruza i Bujumbura : “Batugarukanire twa dukinga basi !”
Kubera ingorane y’igitoro, kwiyunguruza mu gisagara ca Bujumbura bisigaye ari amananiza. Mu misi iheze hoho hariho n’izo baniganira, ugasanga ku bituro vy’ama bisi nta n’imodokari iharangwa imirongo ikora irya n’ino. Za tagisi zahora zisahiriza nazo, n’iyibonetse mu gucira abiyunguruza ibikorera […]
Abashikiranganji bane barahinduwe : twitege iki ?
Itegeko ry úmukuru w’igihugu rihindura abashikiranganji bane mu bo yari yizeye ryarashizwe ahabona kuri uyu wa 2 Gitugutu 2023. Hagiye gukurikira ukubisikanya ku ntebe kw’abahahora n’abashinzwe amabanga mashasha. Mbega none abo basubirijwe boba bananiriwe he canke ni ubuhe butumwa Umukuru w’igihugu yashatse […]
Ivyo twomenya ku bwami bw’Abarundi bubarizwa muri Kongo
Haraheze imyaka myinshi Abarundi baba mu kiyaya ca Rusizi, ku ruhande rwa Kongo (RDC). Haciye imyaka umwami w’Abarundi atwara igice c’ubutaka bihariye, ari nawe n’ubu aharamutswa. Vyagenze gute ngo Abarundi bagire igice ca Kongo bitirirwa ku buryo aribo batunganya n’intwaro […]
Kayanza : bamwe mu barongoye amasengero agiye kwugarwa bavuga ko barenganijwe
Mu ntumbero yo gushira mu ngiro ivyasabwe n’umushikiranganji w’umutekano, intwaro yo hagati mu gihugu n’iterambere rusangi vyerekeye guhana amasengero atubahiriza amategeko, musitanteri wa komine ya Kayanza Gilbert Nyandwi yerekanye, kuri uyu wa kane, amasengero 23 agiye kwugarwa n’ayandi 6 agiye […]
Nyakubahwa, ubivuge ubisubire uwo muti ni ibamba !
“Uwo muti urarura kandi uranyobwa. Umuntu arawumira ugashikayo.” Ayo ni amajambo yakoreshejwe n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano igihe yariko ashikiriza umuti Reta yatoye kugira ngo amasanganya agabanuke mu mabarabara. Ejo hahise, abarongoye amakomine atatu agize igisagara […]
“Hindura ingendo”: akamo ku baporisi baraba uruja n’uruza mw’ibarabara
Bafatiye ku bintu bikorwa n’abagendesha imodokari, abantu benshi baribaza ibibazo vyinshi ku kazi igiporisi kijejwe uruja n’uruza mu mabarabara “PSR” kijejwe. Bakagera n’aho bibaza bati: “Igikorwa cayo coba kigarukira ku gutanga impusha zo kugendesha imiduga, gupima iyo imiduga yagonganye canke […]
Igiturire mu Burundi : aho bigeze twimonogoje
“Birabe nawe, ugire ico uvuze.” Ako kajambo kagezweho. Haba mu bisata vya Reta canke mu bikorera utwabo, ku mabarabara canke mu bigo bitandukanye, ako kajambo canke udusa n’ako ni two “kabanga” (code) ko gusaba igiturire. Twama twatwumvise. Uno mwanditsi ati : “tugeze […]