Aller au contenu
  • Société
  • Politique
  • Économie
  • Culture
  • Santé
  • Multimédias
    • Dessins
    • Vidéos
    • Twittoscopie
  • Urukundo

Yaga Burundi

Yaga Burundi
f t y i

Parfait Nzeyimana

De l’autre côté des portes closes de Kamenge
#Ndafisijambo article comment count is: 0

De l’autre côté des portes closes de Kamenge

Par Parfait Nzeyimana le 24 juin 202227 juin 2022

Derrière la vie en apparence facile des filles graciles et généreuses des quartiers populaires, peut se cacher une réalité moins reluisante : celle des gens cupides qui profitent de la détresse des filles en difficulté pour les exploiter. Mais, ils […]

Cibitoke : bivuga igitoke nk’uwivuga uwamugabiye
#ZaNzoga article comment count is: 0

Cibitoke : bivuga igitoke nk’uwivuga uwamugabiye

Par Parfait Nzeyimana le 23 juin 2022

Urwarwa rurakanywa gose mu ma komine atari make y’intara ya Cibitoke. Nk’uko  iryo zina rivyerekana, himbuka ibitoke cane, bikiyongera ku masaka n’ibindi  bihagwiriye vyose bivamwo urukanywa. Ivyo bituma n’abahaba kurusoma biborohera cane kuko ruboneka kandi rufise akamaro mu kibano. Kukaba […]

«Intahe iragura inyoye»: ubutungane canke uburyarya ?
#ZaNzoga article comment count is: 0

«Intahe iragura inyoye»: ubutungane canke uburyarya ?

Par Parfait Nzeyimana le 31 mai 2022

”Ahari abantu hama urunturuntu”, ni ko Abarundi bavuga. Iyo bishitse abantu bagatata, kenshi kugira basubize hamwe vyarashika ko barinda kwumvikanishwa. Ariko rero hari n’igihe ivyo kwumvikanisha vyasendwa bikaba ngombwa ko bataka abagabo. Abo nabo bahejeje kubumvikanisha hari aho babaca inzoga, […]

Abarundi vyokunda ko bagira imanza ata rukanywa ?
#ZaNzoga article comment count is: 0

Abarundi vyokunda ko bagira imanza ata rukanywa ?

Par Parfait Nzeyimana le 25 mai 2022

Gusaba umugeni, gusaba inka, kuramukanya, kuvyina amahasa, gukaraba…, hari ibintu vyinshi vyerekena ko inzoga zari zifise ikibanza kidasanzwe mu mibereho n’imico n’imigenzo vy’Abarundi. Kandi umuntu  yihweje neza usanga n’ubu bitahindutse cane. None vy’ukuri izo manza ntizogenda neza ata nzoga zirimwo ? […]

La Burundaise et l’accès à la propriété foncière : paroles aux hommes
Société article comment count is: 0

La Burundaise et l’accès à la propriété foncière : paroles aux hommes

Par Parfait Nzeyimana le 4 mai 20224 mai 2022

A côté des études faites sur le sujet, un projet de loi (qui dort depuis des années dans un tiroir du Parlement) a même été proposé pour un traitement équitable des femmes et des hommes en ce qui est de […]

Ibintu bitatu bituma gupanga amazu biguma bizimba mu gisagara ca Bujumbura
Économie article comment count is: 0

Ibintu bitatu bituma gupanga amazu biguma bizimba mu gisagara ca Bujumbura

Par Parfait Nzeyimana le 25 avril 2022

Gupanga amazu biguma bizimba uko bukeye uko bwije. Iyo umupangayi yimutse, umengo ryabaye itegeko ko nyene inzu aca aduza igiciro kuri mushasha aje. Uwubatse nshasha wewe mu gushinga igiciro arihanukira, canecane mu gisagara ca Bujumbura. None vyoba biva kuki ? […]

Revue presse : le Royaume-Uni exporte ses migrants au Rwanda
Revue de la presse article comment count is: 0

Revue presse : le Royaume-Uni exporte ses migrants au Rwanda

Par Parfait Nzeyimana le 19 avril 2022

Cette semaine, les consommateurs de l’information des Grands-Lacs ne se sont pas ennuyés. Londres qui envoie ses demandeurs d’asile au Rwanda, un ministre congolais qui se fait arrêter, la pénurie du  carburant à l’origine de l’expulsion d’un Français du Kenya, […]

Que gagne le Burundi à diriger l’EAC ?
Analyse article comment count is: 0

Que gagne le Burundi à diriger l’EAC ?

Par Parfait Nzeyimana le 15 avril 2022

Si, à un certain moment, le Burundi a décliné la responsabilité d’assumer la présidence de l’EAC, c’est du passé. C’est bel et bien le pays de Ntare Rushatsi qui s’apprête  à assurer la présidence de l’East African Community (EAC). Mais […]

Revue de la presse sous-régionale
Revue de la presse article comment count is: 0

Revue de la presse sous-régionale

Par Parfait Nzeyimana le 12 avril 202212 avril 2022

Rusesabagina qui a vu sa peine confirmée en appel, Van Damme, la star hollywoodienne qui vient de se voir attribuée un passeport diplomatique congolais, le M23 qui conquiert certaines localités du nord Kivu, la présidente tanzanienne qui demande aux élus […]

Voir plus d’articles
  • #YagaDécodeur
  • Analyse
  • Culture
  • Dossiers Yaga
  • Économie
  • Education
  • Multimédias
  • Nouvelles
  • Politique
  • Réactions des lecteurs
  • Revue de la presse
  • Santé
  • Société
  • Sport
  • Urukundo
  • Yaga here
  • Qui sommes-nous?
  • Charte
  • On en parle
  • Contactez-nous
Suivez-nous f t y i
© 2022 Yaga Burundi & RNW Media

Cookies

Nous utilisons des cookies analytiques / de performance pour améliorer votre expérience utilisateur sur notre site. En savoir plus