Biragoye gutahura utarabibona. Kwumva ko umugabo muzima yorwana akamenagura ibintu kubera “gupfuha” gusa, kuko abonye umugore wiwe bamukozeko, hari abatokwemera ko vyobaho. Yamara abandi nabo bavuga ko kutamupfuhira vyerekana nyabuna ko utamukunda bikwiye.
Urukundo posts for Yaga.