Urukundo

Umugirwa wo guhamba ubukumi
Culture article comment count is: 7

Umugirwa wo guhamba ubukumi

Abantu batari bake basanzwe bamenyereye umugirwa wo guhamba ubusore ukunze gukorwa n’abahungu buca barongora. Ariko rero, ku rundi ruhande, hari n’umugirwa wo guhamba ubukumi utunganywa n’umwigeme buca aja mu Burundi. Uwo mugirwa rero, naho utagikorwa neza nk’ukwo watunganywa aho hambere […]

Urukundo rurashoboka muri kaminuza?
Analyse article comment count is: 4

Urukundo rurashoboka muri kaminuza?

Abenshi, mu bize amashure ya kaminuza, baramenyereye kubona urukundo ruvuka hagati y’abanyeshure, baba abigana canke abegeranye mu mashure. Ariko rero, akenshi, urwo rukundo rurateba rugasa nk’urwo mw’ishure gusa kuko iyo bahejeje ayo mashure, abenshi baratandukana. Désiré Sezikeye araducira ku mayange […]

Ubugeni bwo mu bihe vya none
Culture article comment count is: 9

Ubugeni bwo mu bihe vya none

Ugishinga umuryango n’ibanga rikomeye, haba ku muhungu canke ku mwigeme. Kera, iryo banga ryaritonderwa, rigategurwa umwanya ukwiye. Aho rero niho umuhungu yitora akaresha umukobwa hanyuma bagapfundika kwubakana. Ariko rero, ubugenzi bwo mu bihe vya none busigaye butangaje kuko, haba mu […]

Ukuresha umukobwa yifise
Société article comment count is: 28

Ukuresha umukobwa yifise

Mu buzima, iyo umusore ashatse gushinga urugo rwiwe, arafata iya mbere akaja kurondera umwigeme bashobora kubana. Iyo umuhungu akiriko arasaba umukobwa urukundo, agirako amusaba ko bobana, bavyita kuresha. Ukuresha umukobwa rero biranakunda gufatira ku buryo asanzwe afise. Maze umuhungu yabona […]