Burundi: icokorwa kugira Intamba zishike mu nkino z’igikombe ca Afrika mu 2019
Société article comment count is: 0

Burundi: icokorwa kugira Intamba zishike mu nkino z’igikombe ca Afrika mu 2019

Umurwi nserukiragihugu mu rukino rw’umupira w’amaguru, Intamba mu rugamba, w’abadakwiza imyaka mirongo ibiri, uheruka gutera iteka igihugu mu kuronka itike yo kwitaba igikombe ca Afrika kizobera mu gihugu ca Niger mu ntango z’umwaka w’2019. Hari haheze imyaka ishika kuri mirongo ibiri n’ine iryo teka ridatashe i Burundi. Hari rero ivyokorwa kugira ngo ivyo bikunde no […]