Amafaranga

Économie article comment count is: 0

Ubukene bw’ibitoro mu Burundi: ni kuki abategetsi badashaka kuvugisha ukuri?

Abarundi baramaze ukwezi kurenga mu ngorane z’ubukene bw’ibitoro. Iruhande y’ingingo zitandukanye zigenda zirafatwa mu ntumbero yo gufasha abanyagihugu gusangira bike bihari, abategetsi batandukanye baratanga insiguro z’ubwo bukene. Ndayishimiye Déo akakira izo nsiguro nk’ibinyoma bikoreshwa mu mayeri y’abanyepolitike yo guhuma amaso […]

Société article comment count is: 0

Kwatirwa mu mwuga wo kudandaza

Abasokuru barayamaze ngo « ibanga riraheberwa ». Hariho ibisata bimwe bimwe vy’ubuzima umuntu adapfa kwinjiramwo ukwo ashatse kuko haba hariho n’ivyo ategerezwa gukwiza imbere yo kwakirwa mu muryango. Ari na vyo benshi bakunze kwita urwinjizo. Kwatirwa mu mwuga wo kudandaza na vyo […]

Économie article comment count is: 2

Ubukene n’indwara ikira

Mu gihe abantu benshi bugarijwe n’ubukene hirya no hino mu gihugu, mu ntara ya Gitega, hari umuti abanyagihugu bamwe bamwe bagerageje kubutorera. Uwo muti ushimikiye ku gushinga udushirahamwe duto duto maze abanywanyi bakaza baraziganya bongera baguranana hagati yabo. Gutyo rero, […]

Société article comment count is: 1

Abapfungakiwani babaye umurengera

Abatari bake baramaze kwumva ijambo “abapfungakiwani” rikunze gukureshwa mu bisagara ariko rikaba risanzwe risigura abakoresha ububeshi mu kwiba. Abo rero babaye umurengera kandi barageramiye abantu batazi kwiyubara kuko bama bivye abatari bake nk’uko Jean-Désiré Nduwayo atuyagira ivyamushikiye.