Akazi

Analyse article comment count is: 0

Ingorane z’amakarata yo kwinjiza amafaranga

Haraheze iminsi ishirahamwe Econet Leo ririko riradandaza amakarata yo gushira amafaranga muri terefone yanditseko « Nipe Buddie ». Amenshi muri ayo makarata akaba ari ay’igihumbi. Iyo uyiharuye wihuta, akenshi ibiharuro biratabukana n’agakarata. Ivyo rero bikaba bitari bimenyerewe ku makarata yahora akorwa n’ishirahamwe […]

Analyse article comment count is: 0

Ubuganga ni ibanga ritoroshe

Mu buzima bwa minsi yose, abantu barazezwa amabanga atandukanye. Hari abayashingwa kubera icizere abantu babagiriye. Ariko hari n’abandi, hambavu y’ico cizere c’abantu, babanza kugira ico bakoze kugira ngo vy’ukuri babere ibanga kanaka. Hari rero amabanga asaba umwiteguro nko kwiga canke […]