Urwarwa rurakanywa gose mu ma komine atari make y’intara ya Cibitoke. Nk’uko iryo zina rivyerekana, himbuka ibitoke cane, bikiyongera ku masaka n’ibindi bihagwiriye vyose bivamwo urukanywa. Ivyo bituma n’abahaba kurusoma biborohera cane kuko ruboneka kandi rufise akamaro mu kibano. Kukaba […]
Urudandazwa
Isabuni bururu : amayeri y’abadandaza bamwe bamwe
Reta iti: “ Kugira turwanye neza ikiza ca Koronavirisi, reka dushireho umugambi uzimbura isabuni, ngo Abarundi bakarabe na ntaryo”; isabuni Bururu iba igihe kw’isoko, ku giciro kitavuna. Abadandaza nabo bati: “ Ziranyazwe! Inyungu zacu zigiye kuhasigara. Kugira twicungere, tuzoca tugahinyanyura”; […]
Mwaro-Bujumbura: guturira amakara birabangamiye amashamba!
Kuri uyu wa 17 Ruheshi, isi yose yaraye ihimbaje umunsi mpuzamakungu wahariwe kugwanya ubugaragwa. Mu ntara za Mwaro na Bujumbura, amashamba arabangamiwe n’abaca ibiti vy’amakara maze ntibabisubirize mu gutera ibindi. Migabo Jean Marie Blaise avyihweje asanga, iyo ngendo idahagaze, ubugaragwa […]
Kirundo: “kurya umugwazo” birabangamiye abarimyi batari bake
Mu ntara ya Kirundo, ingendo yo “kurya umurwazo” irabohera amaboko i mugongo abarimyi. Ariko ntibayiheba naho amategeko ayihana. Josette Bakunzi aratubwira ico bivako, ndetse n’icokorwa.
Ngozi : kuva mu 2015, amaduka arugazwa n’igipolisi imbere y’isaha zitatu z’ijoro
Mu gisagara ca Ngozi, iyo isaha zitatu z’ijoro zigeze, amaduka menshi aca yugara. Bamwe mu badandaza bakidogera igipolisi ko ari co kibategeka kutabandanya imirimo yabo. Jean Marie Vianney Mico yaraganiriye na bo.
Ubukene bw’ibitoro mu Burundi: ni kuki abategetsi badashaka kuvugisha ukuri?
Abarundi baramaze ukwezi kurenga mu ngorane z’ubukene bw’ibitoro. Iruhande y’ingingo zitandukanye zigenda zirafatwa mu ntumbero yo gufasha abanyagihugu gusangira bike bihari, abategetsi batandukanye baratanga insiguro z’ubwo bukene. Ndayishimiye Déo akakira izo nsiguro nk’ibinyoma bikoreshwa mu mayeri y’abanyepolitike yo guhuma amaso […]
Burya mwari muzi ko ari twebwe twikwegeye uruzuba n’imvura nyinshi bimaze igihe?
Imwe mu ngorane zihanze isi muri kino kinjana ca mirongo ibiri na rimwe, ni “ihindagurika ry’ikirere. Iyo Atari igihuhusi usanga ari uruvura rw’umurengera canke uruzuba, ivyo bikama vyakoze ku buzima bw’abantu. No mu Burundi ntidusigara inyuma. Prosper Niyonkuru ati: “imwe […]
Ni kuki abadandaza isukari batubaha igiciro gishingwa na Leta ?
Ku giciro kizwi n’amategeko, ikiro c’isukari kigurwa amafaranga 2340 y’amarundi. Ariko, hari abadandaza bikika mu kiza bagashinga ibindi biciro, ata camira. Nikiza Egide ati : « abadandaza b’isukari boba basigaye bakomeye gusumba leta ? »
Iminsi mikuru iheza umwaka n’abunguruza abantu bikika mu kiza
Ihimbazwa ry’iminsi mikuru iheraheza umwaka ryama ryisangije isura kuri bose ! Bamwe baraziganya kugira bazosume ibikwiye maze bifate neza muri ivyo biringo. Abandi na bo baramenya uko bavyifatamwo kugira ngo iyo minsi ntibasige uko yabasanze. Bamwe muri abo n’abunguruza abantu bikika […]