Muri ino misi, baba abatunzi canke abakene, abize n’abatize, abakuze n’abato, ikintu co kurya canke guhabwa ishano cabaye ururirimbo mu kanwa k’abanyagisagara. Wumva ngo kanaka yarivuje barabura indwara afise birangira basanze yariye ishano. None vy’ukuri ivyo bivugwa biva kuki ? […]
Josette Bakunzi
Kirundo: “kurya umugwazo” birabangamiye abarimyi batari bake
Mu ntara ya Kirundo, ingendo yo “kurya umurwazo” irabohera amaboko i mugongo abarimyi. Ariko ntibayiheba naho amategeko ayihana. Josette Bakunzi aratubwira ico bivako, ndetse n’icokorwa.