Si rimwe si kabiri, iryo bara ryama ryaguye. Gusa, ntibikunze kuja ahabona. No muri kuno kwezi vyarabaye. Hari abiyita abakozi b’Imana usanga bari mu vyo gufata ku nguvu abo bosengeye. Uno mwigeme Kamariza* ni umwe mu bo vyashikiye. Aratwiganira ingene […]
Jean Marie Vianney Mico
Mahama-Burundi : récit d’un retour au pays natal
Patrice Miburo fait partie du premier convoi de près de 500 réfugiés burundais revenus du camp de Mahama en date du 27 août 2020. Aujourd’hui âgé de 42 ans, cet originaire de la province Cibitoke, s’envole en mai 2015 pour […]
Hôpital de Ngozi : les garde-malades souffrent autant que les malades
Au service de maternité de cet hôpital, les garde-malades sont à la merci du froid, de la pluie, devant se coucher à même le sol, sur des cartons, nourrissant à longueur de nuit les moustiques, eux-mêmes vecteurs de maladies. Récit.
Ngozi: isuku ntirizohava riherana na Cecafa ?
Intara ya Ngozi ni imwe mu zakiriye ihiganwa ry’igikombe « CECAFA », ry’abatarenza imyaka 17 mu mupira w’amaguru, ririko ribera mu Burundi. Hirya y’inyota y’uko ico gikombe kitova hano mu Burundi, abanyengozi baboneyeho akaryo ko kwerekana ko iwabo hari igisagara gisukuye. Mico […]
Ngozi : kuva mu 2015, amaduka arugazwa n’igipolisi imbere y’isaha zitatu z’ijoro
Mu gisagara ca Ngozi, iyo isaha zitatu z’ijoro zigeze, amaduka menshi aca yugara. Bamwe mu badandaza bakidogera igipolisi ko ari co kibategeka kutabandanya imirimo yabo. Jean Marie Vianney Mico yaraganiriye na bo.