Archives pour la catégorie Société

Épouser un homme plus âgé que soi au Burundi, c’est mal vu

La société burundaise ne voit pas d’un bon œil les unions entre les hommes très âgés par rapport à leurs dulcinées. Entre désaveu, rejet, les  couples qui passent outre cette règle tacite font face à divers préjugés. Éclairage avec le professeur Désiré Manirakiza. Lire plus Épouser un homme plus âgé que soi au Burundi, c’est mal vu

Mwaro-Bujumbura: guturira amakara birabangamiye amashamba!

Kuri uyu wa 17 Ruheshi, isi yose yaraye ihimbaje umunsi mpuzamakungu wahariwe kugwanya ubugaragwa. Mu ntara za Mwaro na Bujumbura, amashamba arabangamiwe n’abaca ibiti vy’amakara maze ntibabisubirize mu gutera ibindi. Migabo Jean Marie Blaise avyihweje asanga, iyo ngendo idahagaze, ubugaragwa bushobora kudutera mu minsi iri imbere. Lire plus Mwaro-Bujumbura: guturira amakara birabangamiye amashamba!

Tricherie au concours national : « Quelle mouche a piqué les encadreurs ? »

Lors de la passation du concours national édition 2018, des cas de tricheries organisés par l’administration scolaire et les enseignants ont été enregistrés dans les provinces Bubanza et Kayanza. Quel exemple ces éducateurs donnent-ils à leurs disciples?    Lire plus Tricherie au concours national : « Quelle mouche a piqué les encadreurs ? »

Bujumbura: ukwo ababa mu Carama bokwikingira inkukura

Mu rushana ruhitiye, ibice bimwe bimwe vyo mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura vyaratewe n’umwuzure uturutse ku nkukura y’imvura eka mbere benshi mu bahaba barahaburira ibintu n’abantu. Nijimbere Thierry aratuyagira ku nyifato zofasha abanyagihugu baba muri utwo turere kwikingira izo mpanuka. Lire plus Bujumbura: ukwo ababa mu Carama bokwikingira inkukura

Burundi : la diaspora peut-elle contribuer au développement dans le contexte actuel ?

Le ministère des relations extérieures  compte organiser au mois de juillet une semaine de la diaspora  avec  comme thème « Contribution de la diaspora au développement». Une occasion pour la diaspora selon le  ministère de s’impliquer davantage dans développement de leur pays d’origine. Cependant, au regard des divisions dans notre société, peut-on espérer quelque chose de cette semaine ? Lire plus Burundi : la diaspora peut-elle contribuer au développement dans le contexte actuel ?

Burundi: ingingo yo kwirukana indogobwe hari abo iteye uruhombo

Ubushikiranganji bw’uburimyi n’ubworozi buheruka gufata ingingo yo gukura indogobwe indogobwe cumi zari mu bari bazihawe muri komine Nyarusange mu ntara ya Gitega zikimurirwa ahantu hazonyene mu ntara ya Makamba. Mu gihe benshi babibona nko kwihindukiza mw’ijambo kw’ubwo bushikiranganji, Ndorukwingira Franck Arnaud asanga hari abatari bake bahahombeye. Lire plus Burundi: ingingo yo kwirukana indogobwe hari abo iteye uruhombo

voir plus d'articles D