Archives pour la catégorie Dossiers Yaga

Bujumbura : uwiteze gusubira kubona ipikibiki mu gisagara hagati nazeruke !

Ubuyobozi bw’igisagara bugifata ingingo yo kubuza amapikipiki gushika hagati mu gisagara ca Bujumbura vyarumvikana cane kuko vyari bivuye ku mvo z’umutekano muke waharangwa. Yamara rero ubu izo mvo ntizikiriho ariko iyo ingingo iracakurikizwa. Muti biva kuki none ? Twaregereye inzego zibijejwe. Ni inkuru ya nyuma muri rwa ruskurikirane. Lire plus Bujumbura : uwiteze gusubira kubona ipikibiki mu gisagara hagati nazeruke !

Bujumbura: uburyo butatu twokwirinda kwibwa n’abagendera kw’ipikipiki

Mu gisagara ca Bujumbura, biramaze kumenyerwa ko kizira ko ya mapikipiki aca amahera mu kwunguruza abantu arengana ibiraro, ngo yinjire hagati mu gisagara. Naho biri uko, iyo ngingo ntikurikizwa na bose. Hari n’abikinga ijoro kugira bakore ubusuma uretse ko hari n’abiba ku murango. Muti none ubwo busuma twobwirinda gute ? Ni inkuru ya kabiri muri rwa rukurikirane. Lire plus Bujumbura: uburyo butatu twokwirinda kwibwa n’abagendera kw’ipikipiki

Amapikipiki mu gisagara ca Bujumbura : agakete ku mukuru w’igisagara

Haraciye hafi imyaka ibiri n’amezi atanu amapikipiki abujijwe gushika muri Komine Mukaza y’igisagara ca Bujumbura ku ngingo yafashwe n’ibiro vy’umukuru w’igisagara n’umurwi w’igihugu ujejwe umutekano. Ababa muri iyo komine baragira ingorane zo kwiyunguruza cane nk’uko biri muri iri baruwa umwenegihugu wo muri komine Mukaza yandikiye umukuru w’igisagara. Ni inkuru ya mbere ku bibazo vyerekeye uruja n’uruza rw’amapikipiki mu gisagara. Lire plus Amapikipiki mu gisagara ca Bujumbura : agakete ku mukuru w’igisagara

Amapikipiki muri Bujumbura : ubusuma, ukutarenga ibiraro, ibibazo nkoramutima

Ingorane Uburundi bwaciyemwo mu mwaka w’2015 zatumye ibitatri bike bihinduka mu buzima bw’igihugu, na cane cane mu gisagara ca Bujumbura. Kimwe muri ivyo vyahindutse ni uruja n’uruza rw’amapikipiki biturutse ku mutekano muke warangwa mu gisagara ca Bujumbura. Muri ico gihe rero, ubuyobozi bw’igisagara bwarafashe ingingo y’uko izo ngendeshwa zitagisubira kujabuka ibiraro vyinjira hagati mu gisagara. Lire plus Amapikipiki muri Bujumbura : ubusuma, ukutarenga ibiraro, ibibazo nkoramutima

Grossesses à l’école : il existe d’autres solutions

En date du 26 juin 2018, la Ministre de l’Éducation a adressé une correspondance aux directeurs provinciaux de l’Enseignement (DPE). Dans ladite correspondance, la partie concernant le sort réservé aux jeunes filles ayant été « victimes d’une grossesse » ou aux garçons géniteurs semble être un pas en arrière quant à la promotion du droit à l’éducation pour tous. Pourtant, d’autres solutions pourraient être envisagées. Lire plus Grossesses à l’école : il existe d’autres solutions

Éducation : une régression dangereuse

Psychopédagogues, sociologues et syndicalistes, tous fustigent la récente mesure du ministre de l’Éducation d’exclure du système éducatif formel  « les filles et les garçons encore à l’école fondamentale et post-fondamentale, respectivement victimes et auteurs de grossesse». Pour eux, c’est une mesure qu’il faudrait annuler dans l’immédiat. Lire plus Éducation : une régression dangereuse

« Une grossesse n’est pas la fin du monde »

Une jeune fille, une  femme mariée, un point commun : elles sont toutes les deux tombées enceintes sur le banc de l’école. Elles s’expriment sur la récente mesure du ministère de l’Éducation de bannir du système éducatif formel « les jeunes filles victimes d’une grossesse ». Lire plus « Une grossesse n’est pas la fin du monde »

La ministre de l’Éducation vient de réinventer l’« Igisumanyenzi »

Une circulaire du ministère de l’Éducation interdisant aux filles victimes de grossesse ou contraintes au mariage de réintégrer le système éducatif formel est apparu sur les réseaux sociaux vers la fin du mois de juin. Cette mesure a provoqué un tollé. Quatre blogueurs de Yaga se sont prononcés sur cette décision. Premier article. Lire plus La ministre de l’Éducation vient de réinventer l’« Igisumanyenzi »

Dossier : la crise économique sous toutes les coutures

Le marasme économique dans lequel est plongé le Burundi a affecté tous les domaines de la vie. De la femme qui ne peut plus se payer une serviette hygiénique au malade qui ne trouve pas les médicaments prescrits en passant par les interrogations du consommateur de sucre, trois blogueurs et un dessinateur nous racontent le calvaire actuel des Burundais. Lire plus Dossier : la crise économique sous toutes les coutures

Rencontre de « jeunes leaders » : Que s’est-il réellement passé à Berlin ?

Des dizaines de jeunes impliqués de près ou de loin dans la crise politique que traverse le Burundi depuis avril 2015 se sont rencontrés à Berlin du 1er au 5 novembre sur invitation du Centre pour le dialogue humanitaire. Si les participants s’accordent à dire que le rendez-vous a été un fiasco, ils sont divisés sur les raisons de cet échec. Yaga vous propose un dossier sur cet évènement. Dans cette première série, deux jeunes, un #Sindumuja engagé dans la lutte contre le troisième mandat de Pierre Nkurunziza, et un membre de la ligue des jeunes Imbonerakure du parti au pouvoir, nous racontent pourquoi cette rencontre s’est terminée en pugilat. Lire plus Rencontre de « jeunes leaders » : Que s’est-il réellement passé à Berlin ?

voir plus d'articles D