Dans l’optique de promouvoir le droit pour les jeunes de s’exprimer et de proposer des solutions aux défis auxquels ils sont confrontés, Yaga, en partenariat avec l’UNICEF Burundi, lance un concours vidéo qui vise à donner la parole aux jeunes […]
Société
Reka kumfata ku munwa, mbaze!
Hari ingeso yadutse mu mwuga wo kumenyeshamakuru. Iyo abanyeshamakuru turi mu kiganiro, hari abiha ububasha bwo kubuza bandi abandi kubaza. Ahandi naho bakavuga ko ivyo bariko barabaza bidakenewe. Iyo nyifato uzoyisanga mu Burundi gusa. Iyo ngendo irasuzuguza abanyeshamakuru.
Arrestation de Bruce Melody : « Chers Burundais, à qui mentez-vous ? »
C’était un Let’s do this sur lequel on s’était séparé avec deux de mes amies, dont une qui repart bientôt. Un 3 septembre dans notre agenda pour bien clôturer la haute saison qui, visiblement se boucle en une saga de […]
Burundi : planning familial, un canot de sauvetage
S’il y a une question qui est revenue dans le Forum National sur le développement et lors des états généraux de l’éducation, c’est bel est bien la démographie galopante. Malgré des politiques et programmes, les chiffres ne cessent d’aller crescendo. […]
Kuharya i reggae : si bibi ariko ni ukuhagabira
‘‘Kuharya i reggae’’ vyamaze kuba igikorwa kimenyerewe aha i Bujumbura na canecane muri iyi misi ikibazo c’igitoro cabaye urusyo. Ubu benshi ntibacemera guta umwanya ngo barindiriye ibibunguruza, bariyunguruza. Ego gutambuka ni vyiza muga iyo utaravye neza abo mufatanye urugendo, hari […]
Pour l’amour de tous les êtres vivants, les animaux compris !
Récemment, un joueur de Premier League (championnat de football anglais) a été condamné par la justice pour avoir frappé son chat, après qu’une forte amende lui ait été infligée. Avez-vous déjà remarqué que peu de Burundais possèdent des animaux de […]
Cher Abbas, je te pardonne
L’éditorial du journal Iwacu de cette semaine n’a pas laissé ce blogueur indifférent. Son auteur se dit subjugué par la situation socio-économique actuelle, qu’il ne trouve rien à écrire. Et ce blogueur de le supplier de ne pas « jeter l’ancre »… […]
Kumbe Abarundi bakunda akanyama ukuri aho !
Twaravyiboneye mu mihingo itandukanye y’igihugu. Inyuma y’aho hatangiwe uruhusha rwo gusubira kubaga inka n’ibitungwa bitobito nk’ihene, Abarundi batari bake barerekanye urukundo bafitiye akanyama. Hari n’abatevye basaba ko iryo genekerezo ryocika umusi mukuru wahariwe akanyama mu gihugu cacu.
“Ibihe bidasanzwe” : agakete ku ndongozi z’igisagara ca Bujumbura
Ubukene bw’ibitoro busa n’ubwabaye akananirabahinga muri ino misi. Mu makomine atatu agize igisagara ca Bujumbura naho, akajagari mu gisata c’ukwiyunguruza, uhere ku mutekano wo mw’ibarabara kugeza ku biciro vy’ukwiyunguruza biti: “twatanzwe”. Muri ivyo bihe bidasanzwe, uno mwanditsi wa Yaga yahisemwo […]