Alors que nous n’avions pas encore fini de pleurer la mort inopinée du président de la République, avant même de l’avoir enterré, nous acclamions le nouveau. Les Abatwip auront vécu une semaine chargée en émotions…
Politique
Imisi 10 ata mukuru w’igihugu : ibintu 3 nasigaranye
Uburundi bwaraye buronse uwundi mukuru w’igihugu, inyuma y’ikiringo cababa imisi 10 uwahahora ashengeye. Hagati y’abifumbereje ku bw’umubabaro w’ikigandaro n’abakoze ubudahumeka kugira basubirize nyakwigendera, hari abamaze hafi amajoro 10 n’imirango 10 bari muri : « mbega biragenda gute ? » Muri abo, umwanditsi Déo Ndayishimiye […]
Vous chef suprême, moi étudiant·e : lettre au président
Comme le fou cher à Balavoine qui va jeter à la mer une bouteille espérant que l’on pourra lire le SOS à travers, j’ose croire que par quelques heureux clics, ce modeste billet pourra atterrir dans de « bonnes » boîtes de […]
#DukoraTuyaga : amasezerano 7 akomeye mw’ijambo rya Evariste Ndayishimiye
Kuva ku wa 18 Ruheshi, Uburundi buramutswa umukuru w’igihugu mushasha. Mw’ijambo ry’umukwanguro yashikirije ahejeje kurahirira ayo mabanga, yaragarutse kw’ishusho n’imigambi Uburundi bugiye kugira ku ntwaro yiwe. Ng’ibi bimwebimwe nasigaranye muri iryo jambo.
« Je jure que … » « Ndarahiye ko… ». Peut-on s’y fier ?
Avant que le prince Rwagasore ne sollicite l’aide et l’éclairage de Dieu et la garantie du Mwami, il avait prononcé à la fin de son discours, ces mots qui sonnent toujours dans mon cœur : « Vous nous jugerez à nos actes […]
Kwa Ntare Rushatsi : ni ikigandaro kuri bamwe, akaryo ko « gusayangana » ku bandi
Inyuma y’urupfu rw’umukuru w’igihugu c’Uburundi, Petero Nkurunziza, Abarundi batari bake barahawe akaryo ko kwishikira ku kirimba Ntare House, kwipfuriza uburuhukiro bwiza uwo munyacubahiro no gushira imikono yabo mu gitabu c’ukwifatanya n’ababuze. Ariko, umwanditsi Déo Ndayishimiye akaba atera ivyatsi inyifato iriko […]
Cinq mots et expressions hérités de Pierre Nkurunziza
Au-delà des émotions, souvenirs et œuvres que nous gardons du feu président Pierre Nkurunziza, sa personnalité a fait aussi apparaître le long de son règne, un certain nombre de mots, expressions et tournures intelligentes, qui ont enrichi le petit dictionnaire […]
Amagenekerezo 26 akomeye yaranze ubuzima bwa Petero Nkurunziza
Nyakwigendera Petero Nkurunziza yaraye ashengeye, yaciye mu buzima budasanzwe kuva mu buto bwiwe. Mbere, n’igihe yari arongoye igihugu imyaka 15 yose, habaye ibitari bike. Reka dusabikanye bimwe mu bihe yagiye aracamwo, kuva mu bwana bwiwe gushika yitavye Imana.
Urupfu rwa Petero Nkurunziza: sinzibagira ibi
Biboneka ko bamwe babuze ayo bacira n’ayo bamira, abandi bakavuga aya muhe. Hagati y’iyo migwi ibiri, hari abafise ibimenyetso vyabo bwite, ivyo bazokwama bibukirako Nyakwigendera umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza. Yashengeye kuwa 8 Ruheshi, 2020.