Aller au contenu
  • Société
  • Politique
  • Économie
  • Culture
  • Santé
  • Multimédias
    • Dessins
    • Vidéos
    • Twittoscopie
  • Urukundo

Yaga Burundi

Yaga Burundi
f t y i

Anaïs Muhezagiro

“Kunyongera abagabo” : ng’ibi ivyo niboneye n’insiguro nahawe n’uwuvyigisha
Vie de couple article comment count is: 23

“Kunyongera abagabo” : ng’ibi ivyo niboneye n’insiguro nahawe n’uwuvyigisha

Par Anaïs Muhezagiro le 28 décembre 20208 janvier 2021

Mwoba mumaze kwumva ko abigeme baja kwiga kunyongera abagabo mu ma karitiye amwe amwe mu gisagara ca Bujumbura. Bavyitwa kandi “kwarika” canke “kwubaka”. Uwo mugirwa uvugwako  vyinshi cane. None ivy’ukuri ni ibihe ? Uno mwanditsi yahisemwo kwishikira aho bene ivyo […]

“ Ng’uku uko natandukanye n’uwo nakunze ampora kutamushira kuri “status”: intahe
C'est compliqué article comment count is: 2

“ Ng’uku uko natandukanye n’uwo nakunze ampora kutamushira kuri “status”: intahe

Par Anaïs Muhezagiro le 16 octobre 202016 octobre 2020

Ni agaharawe. Abakundanye benshi barifotozanya, bagaca basanzaza ayo masanamu yabo ku mbuga koraniro zitandukanye. Iyo bompi babihurijeko, biba ari amata avyaye amavuta ; ariko na ho iyo batabihurizako, biba nabi cane nk’uko vyagendeye Sandra* na Billy*. Intahe. 

Urupfu rwa Petero Nkurunziza: sinzibagira ibi
Politique article comment count is: 33

Urupfu rwa Petero Nkurunziza: sinzibagira ibi

Par Anaïs Muhezagiro le 11 juin 202011 juin 2020

Biboneka ko bamwe babuze ayo bacira n’ayo bamira, abandi bakavuga aya muhe. Hagati y’iyo migwi ibiri, hari abafise ibimenyetso vyabo bwite, ivyo bazokwama bibukirako Nyakwigendera umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza. Yashengeye kuwa 8 Ruheshi, 2020.

Voir plus d’articles
  • #YagaDécodeur
  • Analyse
  • Culture
  • Dossiers Yaga
  • Économie
  • Multimédias
  • Politique
  • Réactions des lecteurs
  • Santé
  • Société
  • Sport
  • Urukundo
  • Qui sommes-nous?
  • Charte
  • On en parle
  • Contactez-nous
Suivez-nous f t y i
© 2021 Yaga Burundi & RNW Media

Cookies

Nous utilisons des cookies analytiques / de performance pour améliorer votre expérience utilisateur sur notre site. En savoir plus