La pénurie de carburant, du sucre, du charbon affecte toutes les catégories sociales. Que l’on soit pauvre ou riche, homme d’affaires ou enseignant, nous sommes tous contraints de chercher discrètement ces produits partout. Des produits qui sont devenus rares et […]
Peace-Clara Bangana
Abagabo bashurashuza abakozi babo: nta kugoka gusumba ukwo !
Mu mwaka uheze, twarabashikirije ibisomwa bigaruka ku makuba abakozi bo mu nzu benshi bazi kw’izina ry’abayaya bagira mu kazi kabo, amwe amwe muri yo akaba ari uko bashobora gufatwa ku nguvu n’abakoresha babo canke abana b’aho bakorera. Ku bw’uyu mwanditsi […]
Harcèlement sexuel : un combat contre un employeur
En 2020, un nouveau code du travail punit le harcèlement en milieu du travail. Cependant, en 2021, plus de 70 travailleuses domestiques ont été harcelées par les employeurs. Témoignage.
Reka kumfata ku munwa, mbaze!
Hari ingeso yadutse mu mwuga wo kumenyeshamakuru. Iyo abanyeshamakuru turi mu kiganiro, hari abiha ububasha bwo kubuza bandi abandi kubaza. Ahandi naho bakavuga ko ivyo bariko barabaza bidakenewe. Iyo nyifato uzoyisanga mu Burundi gusa. Iyo ngendo irasuzuguza abanyeshamakuru.
Kwiregura, kwagirizwa no gukurwa ishengero rikinje: indongozi ntizibishima
Indongozi zimwezimwe zagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu zisigaye ziregura, zagirizwa canke zikanakurwa ishengero rikoranye. Abanyagihugu barashima ingendo y’umukuru w’igihugu, ariko bamwe muri izo ndongozi bavuga ko badashimishwa n’ingene bikorwa.
La déception amoureuse à l’adolescence et ses conséquences
La déception amoureuse serait très dangereuse pour l’adolescent(e). Il constitue souvent un véritable traumatisme émotionnel. Pour certains, c’est la confiance et l’estime de soi qui en prennent un coup. Pour d’autres, le choc est tellement violent qu’ils ne veulent plus […]
Intahe: “aho gusengerwa nasambanijwe ku nguvu”
Bavuze ko no mu masengero hari abantu bafatwa ku nguvu n’abari bajejwe imitima yabo, hari abatovyemera. Ariko rero ivyo ni ibintu bishika naho imiryango y’abo bakobwa ica ihitamwo kubirenzako uruho rw’amazi kubera inyungu zabo canke gutinya igihagararo c’abo babikoze. Umwe […]
Inceste : l’enfance terrible d’Ange
Violée par son beau-père pendant 6 ans, Ange âgée de 27 ans maintenant livre le témoignage poignant de son enfance cruellement déchiquetée par son prédateur de beau-père. Sa motivation ? Envoyer un message d’alerte aux parents, car des agresseurs peuvent […]
Gushimisha uwo mwubakanye ku buriri: icigwa kibereye ku misore n’inkumi
Aho hambere, umusore canke umwigeme yegereje kwubaka urwiwe, umuryango waramutegura mu vyerekeye kunezereza ku buriri uwo bazokubakana. Ubu hoho biri ukundi ; kandi ingaruka zavyo nazo ntizisiba kwibonekeza.