Indero

Société article comment count is: 8

Ababeshi bari kune bari gutanu !

Mu buzima bwa minsi yose, abantu barakeneranira. Rimwe na rimwe, abantu barakenera kumenya agakuru k’aho boshobora kuronka iki canke kiriya, eka bamwe bakipfuza n’ukumenya ukwo bokwifata muri ibi canke biriya. Ariko rero, si iminsi yose ukunda gusanga abatanze inkuru ari […]

Culture article comment count is: 0

Guhanisha umwana inkoni vyoba bikwiye ?

Abantu batari bake barazazanirwa mw’ibanga ryabo ryo kurera abana babo. Bamwe bakagira impuwe z’ubuvyeyi ugasanga baratinye gukosora umwana wabo yacumuye maze ugasanga umwana akuze ameze nk’uwuzi ko vyose abirekuriwe. Oscar Niyonkuru asanga guhanisha umwana inkoni bikwiye, mu gihe hatagiyemwo indenzarugero, […]

Culture article comment count is: 7

Umugirwa wo guhamba ubukumi

Abantu batari bake basanzwe bamenyereye umugirwa wo guhamba ubusore ukunze gukorwa n’abahungu buca barongora. Ariko rero, ku rundi ruhande, hari n’umugirwa wo guhamba ubukumi utunganywa n’umwigeme buca aja mu Burundi. Uwo mugirwa rero, naho utagikorwa neza nk’ukwo watunganywa aho hambere […]

Culture article comment count is: 0

Indero ndundi mu bisagara

Indero y’abana ni ngirakamaro mu buzima bw’ingo, imiryango n’imibano, eka n’igihugu muri rusangi. Ariko rero, ukwo iterambere ribandanya kwiyongera, nikwo n’ibishobora kubangamira indero vyiyongera. Spageon Ngabo araducira ku mayange impungenge afise yihweje ukwo indero ndundi yi fashe mu bisagara vya […]