Ishure nshingiro ryatanguye abatari bake bafise amakenga kuko ngo integuro yaryo yoba itari imeze neza, haba ku ruhande rw’abigisha canke ku ruhande rw’ibikoresho. N’ubwo biruko, ryaratanguye none ubu abanyeshure ba mbere buca bakora ikibazo kibaha uburenganzira bwo kubandanya igice ca […]
Indero
Kwungura ubumenyi mu mashure no kwiteza imbere
Ishure ni kirumara mu buzima bw’abantu n’ubw’igihugu. Prosper Niyonkuru aratwereka ko ariryo ritumurikira mu bwenge bwacu, rikatwongerereza n’ubumenyi maze tugatezwa imbere n’impano zacu.
Umurundikazi, inkingi y’iterambere
Mu gihe isi yose iriko ihimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi , Bella Lucia Nininahazwe yipfuje gukeza abarundikazi ku ntambwe bagezeko mu guterera mw’iterambere ry’igihugu cacu. Uruhara rw’umurundikazi mu muryango no mu kibano
Urwaruka n’ikena ry’akazi mu Burundi
Mugihe haheze iminshi Leta y’uburundi imenyesheje ko igiye guhagarika itangwa ry’akazi mu bisata bimwe bimwe vyayo, Aminadab Havyarimana we abona ko bitoca intege urwaruka mu gihe hari amahoro n’umutekano mu gihugu.