Ce concept est souvent évoqué pour faire référence aux qualités humaines. Dans des sociétés post-conflit, il peut également servir à contenir nos pulsions les plus primaires pour faciliter le vivre-ensemble. Rencontre avec Lambert Hakuziyaremye, socio-anthropologue pour y voir plus clair.
Bujumbura: abantu bapangishije amazu barakwiye kwikubita agashi
Gupanga inzu mu gisagara ca Bujumbura ntibicoroshe. Muri ino misi, hari ingendo abapangishije badukanye yo kuduza ibiciro uko bishakiye, rimwe na rimwe bakarenza. Ugasanga ku mwaka ku mwaka baguma badugiriza ku wupanze, bikanashika ugasanga ntibanamugabishije. None ni ko vyari bikwiye […]
Nous avons mis « Icuma » dans une machine à remonter le temps
C’est toute une institution, le restaurant. Lieu de rencontre par excellence pour les étudiants de l’université du Burundi, il est également une machine à anecdotes qui rend nostalgiques ceux qui ont connu son âge d’or.
Ibintu bine twomenya imbere yo kuja mu bihugu vy’Abarabu
Tumaze imisi tuvyumva. Hari abarundi, na canecane abakenyezi n’abigeme barondera akazi, bijukiye kuja mu bihugu vy’abarabu, ari na bamwe twama twumva bagize ingorane ari yo bari. Narabaye muri kimwe muri ivyo bihugu kandi naraganiriye n’abatari bake babayo. Ng’ibi ivyo umuntu […]
Twittoscopie : le « keya » au Burundi…on en (re)parle
Une chose est certaine, le « customer care » (service client) au Burundi laisse à désirer. De la lenteur des services de bar en passant par l’accueil irrespectueux que certaines institutions publiques réservent aux demandeurs : au pays de Mwezi le client n’est […]
Intahe: “aho gusengerwa nasambanijwe ku nguvu”
Bavuze ko no mu masengero hari abantu bafatwa ku nguvu n’abari bajejwe imitima yabo, hari abatovyemera. Ariko rero ivyo ni ibintu bishika naho imiryango y’abo bakobwa ica ihitamwo kubirenzako uruho rw’amazi kubera inyungu zabo canke gutinya igihagararo c’abo babikoze. Umwe […]
Imico n’imigenzo vy’ikirundi mw’iterambere: urwaruka rw’i Buganda ntirumurikiwe
Abantu babona ugutandukanye imico n’imigenzo. Hari abavuga ko hari ivyakorwa kera ubu vyataye igihe. Abandi na bo, bakabona ko ibintu vyahindutse, ko abantu bakwiye kujana n’ibigezweko. Urwaruka rwo muri komine ya Buganda, mu ntara ya Cibitoke, rurakebura, abajejwe intwaro bagatanga […]
Ntukarage imbuto y’urwanko n’inzigo umwana
Kuva Uburundi bwikukira, ntiburamara imyaka irenga cumi n’itanu ata ndyane bubayemwo. Imiryango myinshi yarahaburiye. None abavyeyi bobiyagira bate abana babo batabibonye mu buryo budakwega izindi ndyane ?