Économie

Économie article comment count is: 2

Ubukene n’indwara ikira

Mu gihe abantu benshi bugarijwe n’ubukene hirya no hino mu gihugu, mu ntara ya Gitega, hari umuti abanyagihugu bamwe bamwe bagerageje kubutorera. Uwo muti ushimikiye ku gushinga udushirahamwe duto duto maze abanywanyi bakaza baraziganya bongera baguranana hagati yabo. Gutyo rero, […]

Économie article comment count is: 0

Urutete rw’ikiyobe rurarenza ifaranga !

Abatari bake ntibari bwavyiyumvireko canke n’abavyiyumviriyeko ntibashimye kubiganira n’abandi. Aho ibiciro vy’ibifungurwa bigeze muri kino gihe, ibinyantete bimwe bimwe, nk’ibiyobe, ibigori eka n’ibiharage bisigaye birenza ifaranga ku rutete ! Léon Bigoro ni we atuyagira ivyo yihweje maze asanga urutete rw’ikiyobe rurenza […]

Économie article comment count is: 0

Ubukene bw’abarimu mu mashure

Mu mashure atari make yo mu gihugu, haribonekeza ubukene bw’abarimu. Naho henshi binanirana ugasanga abana bariko bariga mu buryo budashimishije, hari ayandi mashure yiyungunganya maze agashobora gusukamwo mabisi ivyigwa bikabandanya neza. Akenshi rero, ivyo bikunda biturutse ku kwiyungunganya kw’abavyeyi n’abarimu […]