#ZaNzoga

Ubuzima bwo mw’ibuye butera icaka ?
#IzoMwibuye article comment count is: 0

Ubuzima bwo mw’ibuye butera icaka ?

Si agaseseshwarumuri, inzoga mu mabohero yo mu Burundi zirahari kandi ziranyobwa. Hari izinjizwa ziva hanze y’amabohero, na canecane izihingurwa na Brarudi, hakaba n’izikorerwa mu mabohero nyene zikorwa n’abapfungwa. Izo zikaba ari nazo nyinshi kandi ziherezwa cane zikanagaruka zikabangamira ubuzima n’imibano […]

Umudiringi: ni bisosa bisesereza
#Umudiringi article comment count is: 0

Umudiringi: ni bisosa bisesereza

Bati inzoga ni ‘’nkura mu mubindi ndagukure mu bantu’’. Umudiringi wowo ntugukura mu bantu gusa, ukura mu muryango uwawihebeye, ukamukura no mu kibano. Eka utera ingaruka zitari nke. None izo ngaruka ni izihe vy’ukuri ?  Twarabatohoreje.