Aller au contenu
  • Société
  • Politique
  • Économie
  • Culture
  • Santé
  • Multimédias
    • Dessins
    • Vidéos
    • Twittoscopie
  • Urukundo

Yaga Burundi

Yaga Burundi
f t y i

Onesphore Nibigira

Haruna Nkunduwiga : umurezi mwiza yabujije amaraso guseseka
#IkibanoCiza article comment count is: 5

Haruna Nkunduwiga : umurezi mwiza yabujije amaraso guseseka

Par Onesphore Nibigira le 31 octobre 202531 octobre 2025

Uku kwezi kwa Gitugutu turangije, ni ukwezi Abarundi twaburiyemwo incungu zibiri : Melchior Ndadaye hamwe n’umuganwa Rudoviko Rwagasore. Ni kwo kwezi nyene kurimwo umusi mpuzamakungu wahariwe umwigisha. Uyu mwanditsi wa Yaga akaba afashe akaryo ko gushima inyifato y’umwe mu bigisha […]

Uburaro rusangi : umuti nyawo woba uwuhe?
Économie article comment count is: 2

Uburaro rusangi : umuti nyawo woba uwuhe?

Par Onesphore Nibigira le 3 octobre 2025

Gupanga amazu mu bisagara, na canecane i Bujumbura, mu kuzimba vyigera hejuru. Ikibazo c’uburaro kikaba gihagaritse umutima na Reta. Twarabibonye igihe yanasaba abantu ngo biyandikishe kugira ngo bazoshobore kuronka amazu bariha, akazoruhira kubegukira, ariko nta kirakorwa. Kugira ngo umuntu ntarindire […]

“Izo mw’ibaro” zobura ntivyoduhanga ?
Économie article comment count is: 0

“Izo mw’ibaro” zobura ntivyoduhanga ?

Par Onesphore Nibigira le 8 août 2025

Si agaseseshwarumuri, impuzu zo “mw’ibaro” ni zo ziza imbere mu mpuzu zinjira cane mu Burundi. Mu myaka iheze, ibihugu vy’umuryango wa EAC vyarafashe ingingo zigabanya impuzu nk’izo, mu ntumbero yo gukuza amahinguriro yavyo akora ivyambarwa. Aha tugashobora kwibaza tuti: Uburundi […]

Jeannette Kaneza : l’ingénieure qui force l’admiration
Société article comment count is: 0

Jeannette Kaneza : l’ingénieure qui force l’admiration

Par Onesphore Nibigira le 31 juillet 202531 juillet 2025

Derrière la réalisation d’une infrastructure, il y a toujours un ingénieur. Lorsque cet ingénieur est une femme, cela attire d’autant plus l’attention, étant donné leur faible représentation dans ce domaine. Parlons de l’une d’elles qui ne s’est pas limitée à […]

Burundi-Rwanda: «Rwaruka mutuka abakuru b’ibihugu, ikibi ni akanwa!»
#IkibanoCiza article comment count is: 2

Burundi-Rwanda: «Rwaruka mutuka abakuru b’ibihugu, ikibi ni akanwa!»

Par Onesphore Nibigira le 11 juillet 202514 janvier 2026

Duherutse kubona ingabo z’Uburundi ziri kumwe n’izindi zo mu bihugu vya EAC mu Rwanda mu bikorwa vyo gufasha abanyagihugu. Aho ni mu gihe imigenderanire y’Uburundi n’Urwanda itifashe neza. Ivyo birashika kuko abavukana ntibabura ivyo bapfa kandi nta ho bashirana. Ikibabaje, […]

Billet retour : une escapade à Gatumba
Carnet de voyage article comment count is: 0

Billet retour : une escapade à Gatumba

Par Onesphore Nibigira le 11 mars 2025

Une petite équipe de Yaga a emprunté la route de Gatumba récemment. Entre trafic intense dû à la proximité avec la frontière, inondations, crues de la Rusizi et les malheurs qui ont frappé certains endroits de Gatumba, le petit groupe […]

Impunzi z’Abakongomani : ntitubarabe ribi, bucana ayandi
#IkibanoCiza article comment count is: 1

Impunzi z’Abakongomani : ntitubarabe ribi, bucana ayandi

Par Onesphore Nibigira le 21 février 20258 mai 2025

Kw’igenekerezo rya 19 Ruhuhuma, Abakongomani bashika ibihumbi 35 ni bo bari bamaze guhungira mu Burundi. Kumbure hari n’aboba baraje imbere y’igihe bari kuri urwo rutonde. Hari Abarundi boba baterekwa umuzo w’abo bavukanyi bo hakurya ya Rusizi. Hamwe ngo batuma ubuzima […]

Kaminuza y’Uburundi : « Uko nasanze ingovyi yampetse » 
Education article comment count is: 1

Kaminuza y’Uburundi : « Uko nasanze ingovyi yampetse » 

Par Onesphore Nibigira le 17 février 202518 février 2025

Muramaze kubona ingene agatima kama gakubita umuntu yibutse ishure canke kaminuza vyamuramuye ? Uno mwanditsi wa Yaga araducira ku mayange ibigumbagumba afitiye Kaminuza y’Uburundi, haba kuri vyiza na bibi. Agira ati « ng’uku uko nahasanze aho ndahaherukira »

Vinicius Jr na Kylian Mbappé baraye batanze ubutumwa ku Barundi
Sport article comment count is: 4

Vinicius Jr na Kylian Mbappé baraye batanze ubutumwa ku Barundi

Par Onesphore Nibigira le 3 septembre 20244 septembre 2024

Nta nkeka muramaze kwumva abavuga ngo Umurundi ntakunda ko uwundi atera imbere. Abakinyi Vinicius Junior na Kylian Mbappé, ibihangange mu mupira w’amaguru kw’isi, baraye bakoreye kibuga Santiago Bernabeu ibintu birimwo ubutumwa bukomeye twari dukwiye kwigirako twebwe Abarundi.

Voir plus d’articles
  • #IsiYacu
  • #Kabu16
  • #YagaDécodeur
  • Analyse
  • Appel d'offre
  • Carnet de voyage
  • Culture
  • Dossiers Yaga
  • Économie
  • Éditorial
  • Education
  • Justice
  • Méthode Yaga
  • Multimédias
  • Nouvelles
  • Opinion
  • Politique
  • Réactions des lecteurs
  • Revue de la presse
  • Santé
  • Sécurité
  • Société
  • Spécial 10 ans de Yaga
  • Sport
  • Synergie des médias
  • Une journée/nuit avec…
  • Une lettre à …
  • Urukundo
  • Vivre avec…
  • Yaga here
  • Qui sommes-nous?
Suivez-nous f t y i
© 2026 Yaga Burundi & RNW Media

Cookies

Nous utilisons des cookies analytiques / de performance pour améliorer votre expérience utilisateur sur notre site. En savoir plus