Ivy’igitoro birazwi. Uwutabizi ni uwutaba mu Burundi. Na bamwe bifise ubu barazi ko hababa. Za nsimbabisaka (Jeep) zisigaye ziguma mu mpangu. Ubu nta wukironka n’ico abivugako, abamenyeshamakuru bo amakaramu agera ku kibazo c’igitoro akaziba. Uno musi umukoresha wanje yantumye gukora […]
Ukwiyunguruza
Kwiyunguruza mu ntara: “Nisanze ndi muri rusehabaniha”(igice ca nyuma)
Bati: “Uwarushe ntaruhuka”. Inyuma yo kwiruhutsa gatoya agira ngo biraheze, wa mwanditsi yabandanije urugendo. Kuva kw’Iraro gushika i Gitega, ivyo yabayemwo yari amananiza. Arabitwiganira.
Kwiyunguruza mu ntara: “Nicaranye n’impene kandi ndi umuntu”
Barabivuga tukica amatwi, canke tukabifata nk’ibitebu. Ariko abantu biyunguruza mu ntara zo hagati mu gihugu ntiborohewe na gato. Umwanditsi wa Yaga yajanye nabo. Ivyo yabonye biteye agahinda. Aratugira ku muriri.
Gitega: igisata c’ukwiyunguruza rusangi ni “ugutekera amazi mu rukangaga” ?
Mu kwezi kwa Nzero uyu mwaka, ishirahamwe ryunguruza abantu, Volcano, ryarazanye imodoka zunguruza abantu mu gisagara ca Gitega. Yamara, uwo mugambi mwiza wamaze umwanya urume rumara; kuko inyuma y’amezi ane gusa, izo modoka ntizasubiriye gukora. Ni izihe mvo zatumye uwo […]
Burundi: tuzoronka iyarara ry’imiduga ishaje ryari ?
Mu gihugu cacu, hari ibibanza vyagenewe kwakira imyanda yakoreshejwe ahantandukanye mu mihana yacu, ndetse n’amashirahamwe abikora arahari. Ariko, hari imiduga ishaje, kugeza uyu musi ata na hamwe ku butaka bw’Uburundi hagenewe kuja ibisigarira vyayo. Maze, bigaragara ko ata wuvyitayeho; nk’uko […]
Hari imiduga yunguruza abantu mu gisagara ca Bujumbura itabikwiye !
Mu gisagara ca Bujumbura, abatari bake bafata imiduga rusangi mu kwiyunguruza, bava mu makaratiye baja ku mirimo hagati mu gisagara canke mu gutaha. Ariko rero, uburyo imwe muri iyo miduga ishaje, bituma umuntu yokwibaza nimba koko ikora mu nzira zizwi […]
Arya mahera mirongo ibiri asigara kuri bus akora iki?
Mu misi iheze ubushikiranganji bw’ubudandaji bwifadikanije n’amashirahamwe y’abunguruza abantu barafashe ingingo yo kuduza igiciro co kwiyunguruza hagati mu gisagara ca Bujumbura. Vyavuye ku mafaranga 350 bija ku 380, ariko vyama vyateye amahane. Ingabire Landry arabica hirya no hino.
“Haga imitima ”: akajambo gasosa k’abadereva ariko kabihira ingenzi
Ugupakira ingenzi zirenze igitigiri mu ngendeshwa birahanwa n’amategeko. Ariko hari « abadereva » babirengako, kandi bakarengana ibirindiro vy’inyamiramabi. Nizigiyimana Vinciane aratubwira ivyo akunze kwibonera kw’ibarabara rya Bujumbura-Rumonge.
Kaminuza y’Uburundi: « kugonda urutoke », intumbuzi y’ubunebwe !
Turakunze kubona imbere y’ibigo bitandukanye vya kaminuza y’Uburundi imirongo y’urwaruka rugonze intoke, rusaba ngo abafise imiduga barwunguruze. Ndayishimiye Déo aranegura iyo nyifato, akagira ati « urwaruka rukwiye kuba inyankamugayo mu kwikuramwo ubunebwe ».