Aller au contenu
  • Société
  • Politique
  • Économie
  • Culture
  • Santé
  • Multimédias
    • Dessins
    • Vidéos
    • Twittoscopie
  • Urukundo

Yaga Burundi

Yaga Burundi
f t y i

Darcy Iritonda

Umupira w’amaguru : imboneshakure y’igihugu irakwiye kujana n’ibihe
Sport article comment count is: 0

Umupira w’amaguru : imboneshakure y’igihugu irakwiye kujana n’ibihe

Par Darcy Iritonda le 29 avril 202129 avril 2021

Ku wa 31 Kigarama 1984, ni ho imboneshakure y’igihugu cacu yatangura ibikorwa vyayo nyezina. Muri Ruheshi 1985, iyo mboneshakure yerekanye urukino  rwa mbere rw’ikibiriraho, rwahuza  Vital’o na Sogala, umugwi wo  mu gihugu ca Gabon. Uyu mwanditsi wa Yaga akibaza ati : “None […]

#KwandikwaMuriKaminuza : “ Dusabe inema y’ukwihangana ? ”
#Kwiyandikisha article comment count is: 0

#KwandikwaMuriKaminuza : “ Dusabe inema y’ukwihangana ? ”

Par Darcy Iritonda le 5 octobre 202020 novembre 2020

Iyandikwa ryaraheze, ariko hari abatazokwibagira iyo vyaciye. Zimwe mu mpapuro basabwa muri uko kwiyandikisha zikaba zitaboroheye kuronka. Ni icibukiro.

Burundi: tuzoronka iyarara ry’imiduga ishaje ryari ?
Société article comment count is: 1

Burundi: tuzoronka iyarara ry’imiduga ishaje ryari ?

Par Darcy Iritonda le 22 juillet 202022 juillet 2020

Mu gihugu cacu, hari ibibanza vyagenewe kwakira imyanda yakoreshejwe ahantandukanye mu mihana yacu, ndetse n’amashirahamwe abikora arahari. Ariko, hari imiduga ishaje, kugeza uyu musi ata na hamwe ku butaka bw’Uburundi hagenewe kuja ibisigarira vyayo. Maze, bigaragara ko ata wuvyitayeho; nk’uko […]

«Guhamba ibibazo», «Partee after partee»  : we wasamye inda ata gicumuro…dusabire !
Société article comment count is: 4

«Guhamba ibibazo», «Partee after partee» : we wasamye inda ata gicumuro…dusabire !

Par Darcy Iritonda le 3 juillet 20203 juillet 2020

Uburuhuko bw’ici burageze. Abanyeshure baraye barangije ibibazo biheza umwaka. Dufate akanya ko kuzirikana ku mugirwa ugisibije ukorwa n’abanyeshure bo mu mashure yisumbuye yo mu bisagara bitandukanye vy’igihugu: “guhamba ibibazo”. Wihweje neza uwo mugirwa, ugera ahantu wibaza uti: “kazoza ka runo […]

“Kwiyambiza”: bigezweho, yamara…
Société article comment count is: 5

“Kwiyambiza”: bigezweho, yamara…

Par Darcy Iritonda le 9 septembre 20199 septembre 2019

Mu bisagara bitandukanye, eka mbere no hagati mu gihugu, abigeme n’abakenyezi baraharaye guhindura ibara ry’urukoba. Uwahorana ubwirabure nka Nanda agasigara ari inzobe nk’umuhondo, mu kanya gato. Ariko rero, si kwa gusa.

Uburundi muri #CAN2019: kurya kw’inka ikamwa ico yariye
Sport article comment count is: 8

Uburundi muri #CAN2019: kurya kw’inka ikamwa ico yariye

Par Darcy Iritonda le 3 juillet 201910 octobre 2019

Uburundi bwaraye bukuye meza mu mahiganwa y’igikombe ca Afurika kiriko kibera mu Misiri, ata n’inota na rimwe buronse. Birababaje. Ariko, ntibitangaje;  kuko bifise ico vyavuyeko.

Voir plus d’articles
  • #YagaDécodeur
  • Analyse
  • Culture
  • Dossiers Yaga
  • Économie
  • Education
  • Multimédias
  • Nouvelles
  • Politique
  • Réactions des lecteurs
  • Revue de la presse
  • Santé
  • Société
  • Sport
  • Urukundo
  • Yaga here
  • Qui sommes-nous?
  • Charte
  • On en parle
  • Contactez-nous
Suivez-nous f t y i
© 2022 Yaga Burundi & RNW Media

Cookies

Nous utilisons des cookies analytiques / de performance pour améliorer votre expérience utilisateur sur notre site. En savoir plus