Gupanga inzu mu gisagara ca Bujumbura ntibicoroshe. Muri ino misi, hari ingendo abapangishije badukanye yo kuduza ibiciro uko bishakiye, rimwe na rimwe bakarenza. Ugasanga ku mwaka ku mwaka baguma badugiriza ku wupanze, bikanashika ugasanga ntibanamugabishije. None ni ko vyari bikwiye […]
Ubutunzi
Noweri y’ubu yarataye akanovera yahorana
Mu gihe hahimbajwe umusi mukuru wa Noweri, uko uhimbazwa ubu biratandukanye cane no mu myaka yahera. Ubona ko ibihe biha ibindi, Faransine*, umupfasoni ahumuye wo muri komine Shombo mu ntara ya Karusi, aratuyagira ivyo yabona mu bwana. Agahuzu gashasha, umuceri […]
Kirundo: imirwazo iragisibije
Ico bita « umurwazo » canke « kumena ijisho”, kirabangamiye ingo zitari nke z’abakozi ba Reta (canecane abigisha) muri ino misi. Hari n’abamaze guta izabo bakomoka kubera ubwo buryo bwo gusaba no gutanga ingurane. Matirida* na Jeanine*, bubakanye n’abagabo bamaze […]
Ukudandaza itabi ry’ibibabi mu gisagara: ibihe biha ibindi…
“Itabi ry’imino”, “iry’imisogoto”, “tura umbombeke”, “tura untekere”, … ayo ni amazina bita iryo tabi rizwi nk’iry’abantu ba “ruguru” na canecane abatifise badashobora kuronka amahera yo kugura ayandi. Iryo tabi biratangaje kwumva ridandazwa hagati mu gisagara ca Bujumbura. Umuntu aribaza ukuntu […]
Filles et garçons d’honneur : les dindons de la farce ?
De nos jours, l’archétype d’une fête de mariage réussie est une cérémonie grandiose où les boissons coulent à flots et un décor splendide. La mariée est dans une robe digne d’une princesse Disney et le mari dans un costard chic, […]
Ibintu 5 ab’iwacu bo hagati mu gihugu batwibazako iyo tuba i Bujumbura
Hari ukuntu ab’iwacu baba “ruguru” baba bibaza ko tubayeho, kandi atari ko bimeze kuri benshi muri twebwe. Naho wotombora ukaba ufise abaryango babaye i Bujumbura, haguma harimwo incuti ikubona ukwo kuntu.
Yakoye umugeni ku “mukopo” : uko vyagenze
Hari ingendo yadutse muri ino misi, abasore n’abigeme bimirije kwubakana batangura kuragana mw’ikomine kandi umuhungu ataratanga inkwano. Abasore babikora bavuga ko inkwano izoza mu nyuma, ariko kenshi na kenshi ntipfa ije ; ibiheza bigatera ingorane mu miryango, n’ubuzima bukurikira ntibube […]
Kugira ubugeni utikokoye, birashoboka
Adahogoye, umwe muri twebwe aratwereka ukuntu umusi mukuru w’ubugeni woryoha kandi umuntu atarinze kwikokora. Fata akanya utege yompi.
« Mon mari a volé toute mon épargne et s’est enfui avec une autre femme »
Même si la loi interdit et punit la violence économique, certaines femmes en subissent et gardent le silence. Combattre ce fléau demande, non seulement un cadre juridique adapté, mais également une sensibilisation et un fonds pour accompagner les victimes.