Le 13 Mai, exactement 12 mois venaient de s’écouler après le coup d’État manqué, mené par un commando qui avait fait défection de l’armée. Au moment où certains tendent à relativiser les faits, le blogueur Fridolin Nzambimana s’insurge et appelle à considérer tout coup […]
Intwaro
Ni muze twigishwe na kahise !
Mu gihe igihugu c’Uburundi kimaze ikiringo kirenga umwaka kiri mu ngorane za politike mbere zanakweze umutekano muke mu gihugu, Oscar Niyonkuru araserura ivyiyumviro vyiwe akagirako atanga n’inzira yibaza ko yogarukana amahoro n’umutekano mu gihugu.
Ingemu ya Nyakwubahwa: umukenyuro wa politike
Kenshi na kenshi turakunze kwumva abategetsi batandukanye bagendeye abanyagihugu mu bice bitandukanye vy’igihugu, mbere bakagenda bitwaje n’agaseke karimwo ingemu iruhande y’ijambo riba ryabajanye. Uwo mugenzo woba uva kuki? Ufise akamaro ki? Spageon Ngabo arabica hirya no hino.
Uburundi ntibuzwi mu mabi gusa
Ingorane Uburundi buhitiyemwo kandi n’ubu zikaba zitararangira zatumye abantu benshi, abarundi ubwabo n’abanyamahanga batinya iki gihugu. Ariko Apollinaire Nkurunziza, naho abona izo ngorane, aragaruka agashima akanishimira ivyiza bikogwa n’abarundi bamwe bamwe mbere bigahayagizwa no mu makungu.