Ikiyago ku nyigisho ndorabitsina hagati y’umuvyeyi n’umwana wiwe, abe akiri mutoya canke umuyabaga, ni ntangere. Aho kitabonetse, ingaruka ntizisiba kwigaragaza. Erega aba yamenye ibitari vyo, akitwara ukutari ko yibaza ngo ni vyo bibereye. Elias Bagirimana, yanonosoye ibijanye n’inyifato, arabituyegira, anatwereke […]
Inyigisho
Sans éducation sexuelle, l’avenir de la Burundaise est hypothéqué
Au Burundi, l’avenir de la fille semble obscurci par les grossesses en milieu scolaire qui débouchent sur l’abandon scolaire tandis que les mariages précoces la confinent dans la précarité, la pauvreté et la dépendance. L’horizon de la fille burundaise, et […]
“ “Umupoil” ntiyiruka…” : ibintu bitatu ntazibagira muri Rumuri
Ukwibuka si ukuzura akahise kabi gusa. Ahubwo, bigize ico turi, ingene twiyumvira n’ingene dukora. Uno mwanditsi aratuyagira bimwe mu vyo yibuka mu buzima yabayemwo muri kaminuza y’Uburundi. Bimwe bikamunezera, ibindi akabinegura.
Imvo zitatu zotuma Abarundi bijukira gukora amareresi y’uducapo
Ku wa 28 Gitugutu uko umwaka utashe, ni umusi mpuzamakungu wahariwe amareresi y’uducapo (film d’animation mu gifaransa). Hano mu gihugu cacu, amareresi nk’ayo ntagwiriye kandi yari akenewe cane. Hamwe abakora amareresi bovyijukira, vyogira akamaro kanini ku gihugu ku mvo zitandukanye.
#KwandikwaMuriKaminuza: “twararishe”
Kwiyandikisha muri kaminuza ni igikorwa coroshe kuri bamwe, naho ku bandi rukaba urugamba rudasanzwe. Impapuro bakenera zibatwara uburyo butari buke, rimwe na rimwe bugoye no kumenya igitigiri, ari naho usanga imiryango kugira irungike umwana muri kaminuza ibanza kwikokora. Muti none […]
#KwandikwaMuriKaminuza : “ Dusabe inema y’ukwihangana ? ”
Iyandikwa ryaraheze, ariko hari abatazokwibagira iyo vyaciye. Zimwe mu mpapuro basabwa muri uko kwiyandikisha zikaba zitaboroheye kuronka. Ni icibukiro.
Mu masomero: abigeme 37 barashurashujwe n’abigisha 10
Amatohoza yagizwe n’ubushikiranganji bw’indero bufadikanije n’umukuru w’inama nkenguzamateka, mw’isekeza yatanguje yise « Gukura imfyisi mu ntama », abarezi 10 ni bo bashurashuje abanyeshure babo mu mwaka w’2019-2020. Agahomerabunwa.
Ibintu 4 wofasha umunyeshure ariko arakora ikibazo ca Reta
Ni kuwa 28 Mukakaro, abanyeshure barangije amashure yisumbuye baramutse bakora ikibazo ca Reta kibaha uburenganzira bwo kwinjira mu nyigisho za kaminuza. Ahenshi mu miryango ifise urwo rwaruka, kubera ukutamenya, canke ukwibaza ko ari urugamba rwega bene gukora ico kibazo gusa, […]
Ni nde azobohora abayoboke ba Zebiya ?
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 18 Ntwarante, abantu bababa 1 600 barashikirijwe ubutegetsi bw’Uburundi, bavanywe muri Repuburika iharanira Demokarasi ya Kongo. Ni abayoboke ba Zebiya Ngendakumana, umupfasoni yemeza ko abonekerwa.