Les statistiques sont alarmantes : 2355 grossesses recensées sur le milieu scolaire dans l’année 2015 uniquement. Le blogueur Thierry Nijimbere, inquiet, interpelle le gouvernement à prendre cette question en main.
Société
Abahejeje amashure ntibakwiye kurera amaboko
Ukwiga ni kimwe, ukuronka akazi kajanye n’ivyo wize n’ikindi. Ubukene bw’akazi ni ingorane izigirije urwaruka mu Burundi. Ariko, bamwe bamwe bahisemwo kwiyungunganya. Jean Désiré Nduwayo araduha uburorero, agaheza akerekana ingene Leta yoshigikira utwigoro twa be n’urwo rwaruka.
Le malheur de naître dans une famille de politiciens au Burundi
Beaucoup d’enfants issus de familles engagées en politique sont souvent victimes des idéologies de leurs parents, malgré leur jeune âge ou leur désintéressement face à la politique. La blogueuse Bella Nininahazwe a recueilli quelques témoignages.
Abadasangiye ivyiyumviro vya politike ngo biragoye ko bubakana
Haraciye imisi mike, Abarundi barahimbaje umusi mukuru w’abakundana, naho uwo musi wabasanze mu bihe vya politike bigoye. Wa wundi ngo « amagorwa ntasiga ayandi », amatati ya politike ari mu gihugu ntabuze kwononera abakundanye. Landry Rukundo we yibaza nimba « […]
Une fois encore, la politique s’invite dans le choix du conjoint…
Il y a quelques jours, les amoureux burundais fêtaient la Saint-Valentin dans de dures circonstances. Comme si cela ne suffisait pas, certains couples font actuellement face à des barrières idéologiques. « Un saut dans le passé », se désole le blogueur Landry […]
Au Burundi, la Saint-Valentin ne se fête que sur WhatsApp à cause de la crise
Les amoureux ne sont plus à mesure de fêter la Saint-Valentin comme auparavant. Les cadeaux, dîners ou escapades dans des hôtels plus ou moins malfamés ont fait place aux simples textos, crise économique oblige. La blogueuse Louise Riziki nous fait […]
Umwana avutse bidaciye mu mategeko abwirizwa gukingirwa nk’abandi
Abana bavutse ku nda z’ishushu ntiboroherezwa mu buzima. Ivyo bikatwiganirwa na Niyonkuru Oscar, akagirako anasaba ko agateka ka be n’abo bana kokwubahirizwa nk’abandi bose.
Uguhayagiza igihugu kitakworohereza ubuzima bimaze iki?
Mu gihe Abarundi batari bake bugarijwe n’ubukene n’inzara, Thierry Nijimbere aranegura abantu baguma baja mw’ibarabara basemerera ngo vyose birahimbaye. Ku bwiwe ngo ntaco bimaze kwibeshera, ahubwo ngo “uwuja gukira indwara arayirata”.
L’autre
Au moment où discours haineux, divisionnistes ou insultes semblent devenus le quotidien de certains Burundais, le blogueur-slameur Ezéchiel Ndayizeye nous revient avec des mots qui apaisent. Dans ce poème, il nous rappelle qu’on n’arrivera à rien sans associer et respecter […]