Mu mibano y’abantu, mu buzima bwabo bwa minsi yose, usanga vyama ari ngombwa ko baganira, bagatererana ivyiyumviro, bakabazanya ibibazo, eka mbere bagahana n’impanuro. Ariko rero, nk’uko Oscar Niyonkuru abituyagira, hari benshi bataramenya kuyaga mu rupfasoni, na cane cane abayagira ku […]
Culture
Guhamba ubusore canke gutanga ikibutura vyagenda gute ?
Abanyamuryango b’Akanyaburunga, mu kiyago cabo « Yaga akaranga », baraciye irya n’ino umugenzo w’ikirundi witwa “Guhamba ubusore” ari nawo bamwe bamwe bita “Gutanga ikibutura”. Mbega uwo mugenzo kera wagenda gute? Woba wari ukenewe? Ubu hoho bigenda gute?
Mwoba muzi ko abamotsi bakihari ?
Mu gihe abantu benshi bariko baruka ubu batazi neza umuntu bita « umumotsi », « karamiriza » canke « umuraritsi » uwariwe, Apollinaire Nkurunziza araducira ku mayange uko ugutumanumanako amakuru vyagiye birakorwa mu Burundi kuva kuri ba sogokuru kugera uyu munsi.
Abashinwa bari bakwiye kwubaha imico n’imigenzo vy’ikirundi
Mu gihe ururimi n’imico vy’igishinwa biriko vyigishwa mu Burundi, abashinwa bavyigisha barasaba abarundi bavyiga guhindura amazina yabo bakitwa ayandi mashasha y’igishinwa. Rivardo Niyonizigiye arashima ko abarundi bokwiga urwo rurimi n’imico vy’igishinwa ariko akanegura ingendo yo gutegeka umuntu guhindura izina kandi […]
“Pas touche au tambour ! Paie la dot alors! ”
La blogueuse Joëlle Sayubu met les Burundais face à leurs responsabilités : lâcher un peu sur certaines pratiques de la culture pour avancer. Pari difficile mais pas impossible à gagner, explique la jeune bloggeuse.
Une femme non mariée a droit de mettre au monde!
On aime souvent le dire, « Tout change, tout évolue »! C’est une observation que la bloggeuse Inès Ininahazwe nous partage. Elle a observé la culture burundaise vis-à-vis de la femme et trouve que la femme devrait pleinement jouir de ses droits […]
Un Festival au Burundi sans les burundais!
“Le cinéma en tant que rêve, le cinéma en tant que musique. Aucun art ne traverse, comme le cinéma, directement notre conscience diurne pour toucher à nos sentiments, au fond de la chambre crépusculaire de notre âme.” C’est par ces […]
Les smileys ou la pure hypocrisie!
Au 21ème siècle, la technologie a beaucoup évolué. Le blogueur Franck Nziza nous propose un billet sur le « smiley », l’avatar de la génération connectée.
Duteze imbere abavuza imiti y’ikirundi
Mu Burundi, mu gihe abatari bake bacitiranya abavuzi bakoresha imiti y’ikirundi hamwe n’abapfumu mbere ugasanga bamwe barabigiriyemwo n’ingorane, Renovat Ndikumwenayo aratubwira ko abo bavuza imiti y’ikirundi atari abapfumu canke abafyitirizi bakunze guhenda abantu ngo baravura indwara z’ikirundi. Muri abo bavuza […]