Hari abamaze igihe bidogera amazu y’ugutomboza, aho berekana ingene ayo mazu aza amaze guca wahiba bamwe mu rwaruka rw’Uburundi. Amaganya si ayo gusa. Na twebwe abakozi dukorayo, hari ibibazo dufise bitararonka inyishu. Nkaba nahisemwo kubayagira ibijanye n’imyaka hafi ibiri maze […]