Akazi

Société article comment count is: 0

Kwatirwa mu mwuga wo kudandaza

Abasokuru barayamaze ngo « ibanga riraheberwa ». Hariho ibisata bimwe bimwe vy’ubuzima umuntu adapfa kwinjiramwo ukwo ashatse kuko haba hariho n’ivyo ategerezwa gukwiza imbere yo kwakirwa mu muryango. Ari na vyo benshi bakunze kwita urwinjizo. Kwatirwa mu mwuga wo kudandaza na vyo […]

Société article comment count is: 1

Abapfungakiwani babaye umurengera

Abatari bake baramaze kwumva ijambo “abapfungakiwani” rikunze gukureshwa mu bisagara ariko rikaba risanzwe risigura abakoresha ububeshi mu kwiba. Abo rero babaye umurengera kandi barageramiye abantu batazi kwiyubara kuko bama bivye abatari bake nk’uko Jean-Désiré Nduwayo atuyagira ivyamushikiye.

Société article comment count is: 1

Kwinjira mu nzego z’umutekano ntivyoroshe

Haraheze iminsi ubushikiranganji bw’inzego z’umutekano butumyeko kwiyandikisha ngo ababishaka binjire muri izo nzego. Ibibazo vya mbere vyaramaze gukorwa maze ubu hasigaye gukora ivya nyuma. Ariko rero, nk’ukwo Oscar Niyonkuru avyihweza, kugira ngo ushobore gukwiza ibisabwa vyose ntivyoroshe. Ivyo rero ugasanga […]

Économie article comment count is: 0

Ubukene bw’abarimu mu mashure

Mu mashure atari make yo mu gihugu, haribonekeza ubukene bw’abarimu. Naho henshi binanirana ugasanga abana bariko bariga mu buryo budashimishije, hari ayandi mashure yiyungunganya maze agashobora gusukamwo mabisi ivyigwa bikabandanya neza. Akenshi rero, ivyo bikunda biturutse ku kwiyungunganya kw’abavyeyi n’abarimu […]

Analyse article comment count is: 4

Urukundo rurashoboka muri kaminuza?

Abenshi, mu bize amashure ya kaminuza, baramenyereye kubona urukundo ruvuka hagati y’abanyeshure, baba abigana canke abegeranye mu mashure. Ariko rero, akenshi, urwo rukundo rurateba rugasa nk’urwo mw’ishure gusa kuko iyo bahejeje ayo mashure, abenshi baratandukana. Désiré Sezikeye araducira ku mayange […]

Analyse article comment count is: 4

Urupapuro rutoroshe kuronka

Mu Burundi, abantu bamaze gusaba akazi ka Leta canke bakarondera izindi mpapuro zikomeye mu biranga ubuzima bwabo, hari urupapuro rudahara muri izo. Urupapuro rwerekana ko umuntu ataronderwa n’ubutungane ruri muri zimwe iyo uzironse wiruhutsa. Urwo rupapuro, kugira ururonke utegerezwa kwihangana […]