Uburundi bwaraye buronse uwundi mukuru w’igihugu, inyuma y’ikiringo cababa imisi 10 uwahahora ashengeye. Hagati y’abifumbereje ku bw’umubabaro w’ikigandaro n’abakoze ubudahumeka kugira basubirize nyakwigendera, hari abamaze hafi amajoro 10 n’imirango 10 bari muri : « mbega biragenda gute ? » Muri abo, umwanditsi Déo Ndayishimiye […]
Vous chef suprême, moi étudiant·e : lettre au président
Comme le fou cher à Balavoine qui va jeter à la mer une bouteille espérant que l’on pourra lire le SOS à travers, j’ose croire que par quelques heureux clics, ce modeste billet pourra atterrir dans de « bonnes » boîtes de […]
#DukoraTuyaga : amasezerano 7 akomeye mw’ijambo rya Evariste Ndayishimiye
Kuva ku wa 18 Ruheshi, Uburundi buramutswa umukuru w’igihugu mushasha. Mw’ijambo ry’umukwanguro yashikirije ahejeje kurahirira ayo mabanga, yaragarutse kw’ishusho n’imigambi Uburundi bugiye kugira ku ntwaro yiwe. Ng’ibi bimwebimwe nasigaranye muri iryo jambo.
« Je jure que … » « Ndarahiye ko… ». Peut-on s’y fier ?
Avant que le prince Rwagasore ne sollicite l’aide et l’éclairage de Dieu et la garantie du Mwami, il avait prononcé à la fin de son discours, ces mots qui sonnent toujours dans mon cœur : « Vous nous jugerez à nos actes […]
Kwa Ntare Rushatsi : ni ikigandaro kuri bamwe, akaryo ko « gusayangana » ku bandi
Inyuma y’urupfu rw’umukuru w’igihugu c’Uburundi, Petero Nkurunziza, Abarundi batari bake barahawe akaryo ko kwishikira ku kirimba Ntare House, kwipfuriza uburuhukiro bwiza uwo munyacubahiro no gushira imikono yabo mu gitabu c’ukwifatanya n’ababuze. Ariko, umwanditsi Déo Ndayishimiye akaba atera ivyatsi inyifato iriko […]
La politique burundaise comme un jeu de basketball
Le futur président du Burundi accédera à ses nouvelles fonctions ce 18 juin 2020. Il y a de cela un mois, un All-star Games pour désigner le gagnant avait eu lieu. Sept politics players s’étaient inscrits à la compétition. Si […]
Gukoresha abana mu Burundi : impinga iracari ndende
Isi yaraye ihimbaje umusi mpuzamakungu wahariwe kurwanya ikoreshwa ry’abana batarakwiza imyaka yo gukora. Ni buri wa 12 Ruheshi, uko umwaka utashe. Mbega mu Burundi vyifashe gute ? Abakoresha abana babikura kuki? Tubiyage.
Albinisme : un autre regard
Le recensement de 2011 de l’association Albinos sans frontières donne le chiffre de plus de 1236 personnes atteintes d’albinisme au Burundi. Ce terme est préférable à « albinos », selon le Haut-commissariat des Nations unies pour les droits de l’homme, car il […]