Gupanga amazu biguma bizimba uko bukeye uko bwije. Iyo umupangayi yimutse, umengo ryabaye itegeko ko nyene inzu aca aduza igiciro kuri mushasha aje. Uwubatse nshasha wewe mu gushinga igiciro arihanukira, canecane mu gisagara ca Bujumbura. None vyoba biva kuki ? […]
Intahe: “Uko narongowe n’inzoga nkiri ikibondo”
Kuri bamwe kunywa inzoga ni kugira winezereze. Ku bandi ni kugira uje mu bandi, kuba umugabo, guteramana n’abo mungana, eka n’ibindi. Akenshi, ivyo kunywa abantu babijamwo bisumbuye gato, nk’iyo bari canke begereje ubuyabaga. Kuri Raoul wo mu ntara ya Rumonge […]
« Uko natakaje amasaha atandatu ku musi ntonze umurongo »
Abongereza bavuga ko umwanya ari amafaranga. Eka mbere ibihugu bimaze kubitahura, bakora hafi amasaha 24 kuri 24. Mu Burundi hoho, turacari kure nk’ukwezi, uravye umwanya dutakariza ku gutonda ku mirongo yibonekeza irya n’ino mu bisata bitandukanye vy’ubuzima bw’igihugu. Aho ibihatakarira […]
Tuyite amabi ashingiye ku kunyweshwa inzoga ku nguvu ?
Ibituma abantu batangura kunywa inzoga zambiye ni vyinshi kandi biratandukanye bivanye n’umuntu. Ariko muri vyo hari ibibabaza gusumba ibindi. Nk’igihe usanga utabishaka ariko ukagodonzwa ku mvo zitakuvuyeko, birababaza cane nk’uko aba banyakayanza babitwiganiye.
Burundi-Rapatriement : des retours et des doléances
Selon un récent rapport du Haut Commissariat des Réfugiés, plus de 200.000 Burundais sont revenus des différents camps des refugiés de la sous-région. Depuis les élections de 2020, plus de 10 politiciens sont déjà au pays. Un constat qui rassure, au […]
Revue presse : le Royaume-Uni exporte ses migrants au Rwanda
Cette semaine, les consommateurs de l’information des Grands-Lacs ne se sont pas ennuyés. Londres qui envoie ses demandeurs d’asile au Rwanda, un ministre congolais qui se fait arrêter, la pénurie du carburant à l’origine de l’expulsion d’un Français du Kenya, […]
Rumonge: “Umuhezagiro ku bageni usigaye uzimvye”
Kugira umusore n’umwigeme bashinge urugo basabwa ibitari bike. Iruhande y’uko umwe wese aba afise inyifato ibereye, barasabwa n’amafaranga kugira bashobore gutegura urubanza ariko kandi bagure n’ibikoresho vya nkenerwa bija mu nzu. Ivyo vyose umusore Eric* w’imyaka 33 yarabikwije, eka na […]
Que gagne le Burundi à diriger l’EAC ?
Si, à un certain moment, le Burundi a décliné la responsabilité d’assumer la présidence de l’EAC, c’est du passé. C’est bel et bien le pays de Ntare Rushatsi qui s’apprête à assurer la présidence de l’East African Community (EAC). Mais […]