Une icône de la culture burundaise s’est éteinte dans la nuit de ce 9 avril. Le célèbre tambourinaire et gardien du sanctuaire de Gishora a passé l’arme (ou l’umurisho) à gauche presque dans l’indifférence totale. Une fin qui révolte la […]
Culture
Nta mwana n’ikinono, abakobwa botorana nk’abahungu
Iciyumviro c’uko umwigeme yotorana ku rugero rungana n’urwa basazawe ntikibonwa kumwe. Bamwe biyumvira ko bose bakwiye kunganya, abandi bati « nta kuntu na kumwe abahungu n’abakobwa bonganya ». Dushime Divin aradushikiriza uko bamwe n’abandi babibona.
Abarundi bavukira hanze ntibamenye ikirundi ni uruhombo !
Ko abana b’Abarundi bavukiye hanze y’igihugu batigishwa ikirundi ngo n’uruhombo runini cane. Muganga Laurent Niyonkuru aheruka kwandika igitabu cofasha mw’ico gikorwa. Rivardo Niyonizigiye aratuyagira kuvyo yiganiwe n’uwo mwanditsi.
La femme burundaise et la culture sont-elles inconciliables ?
Aujourd’hui on célèbre la journée internationale de la femme. Et pour la blogueuse Inès Ininahazwe, cette célébration devrait nous pousser à réfléchir sur les rapports presque conflictuels qui existent entre la culture burundaise et la femme.
Ingarukambi zo guhana birenze urugero
Iyo umwana akoze ikosa, usanga abavyeyi batari bake bikora ku nkoni kugira bamuhane. Hari n’abarenza urugero, ugasanga basinzikaje abana babo. Chancelle Bamuhaye aratubwira inkuru y’umwana yaturiwe ukuboko n’umuvyeyi wiwe, akanatwereka uburyo bwiza bwo guhana umwana.
L’«Amicale des Musiciens du Burundi » dérape!
Artiste-chanteur à ses heures perdues, le blogueur Rivardo Niyonizigiye s’inquiète de la « dérive » de l’Association des Musiciens du Burundi, qui pourra dès le mois de mars censurer les chansons à diffuser sur le territoire national. Une attribution à l’opposé de […]
Le bon dieu est un blogueur
Voici l’exercice de comparaison auquel s’est livré le blogueur Ivan Corneille Magagi : comparer l’œuvre de Dieu à celle d’un blogueur. Derrière des tournures parfois alambiquées ou frivoles, il nous livre les coulisses d’une activité pas toujours comprise, aussi passionnante qu’harassante, […]
N’abakenyezi boshobora kuvuga ijambo ry’urubanza !
Mu mico n’imigenzo y’Abarundi, ijambo rishikirijwe abantu bakoranye rivugwa n’umuntu w’umugabo. N’iyo hatabaye umugabo mu muryango, bararondera incuti canke umugenzi w’umugabo ashikiriza ijambo iyo umuryango uramukanye urubanza. Ari rero naho ibintu vyamye biri uko kuva kera, hariho abatanguye kubona ko […]
#DébatYaga: « Comment passer de l’oral à l’écrit ? »
C’était ce 1er décembre 2016 à l’Institut Français du Burundi. Des blogueurs et lecteurs du collectif Yaga se sont retrouvés dans le cadre de la série de débats « L’autre, c’est moi ». A l’ordre du jour: « Comment passer de la culture […]