Dusanzwe tuzi ko mu Burundi bw’aho hambere hahise, abahungu n’abakobwa batari basangiye ibikorwa mu buzima bwa minsi yose. Umukobwa yari afise ibikorwa vyamugenewe mu muryango, eka n’umuhungu nyene yari afise ivyo ajewe. Ariko rero, ukwo imyaka ihera, ibintu biguma bihinduka […]
Oscar Niyonkuru
Blogueur du collectif Yaga
Amashengero menshi n’iterambere mu Burundi
Mu Burundi, abantu barenga mirongo icenda kw’ijana baremera Imana kandi bakayisenga nk’uko vy’ibonekeza ku minsi y’amasabamana. Ariko rero umuzo w’amashengero menshi hari benshi bawunegura kuko uhakwa kutorohereza iterambere ry’igihugu. Oscar Niyonkuru aratuyagira ukwo abona ibintu aho aherereye akagirako aterera n’ivyiyumviro […]
Tanganyika n’itunga rikomeye ku Burundi
Tanganyika n’ikiyaga kizwi kw’isi yose. Eka mbere hariho n’abakizi batazi ibihugu bigikikuje. Nk’uko Oscar Niyonkuru abituyagira, ico kiyaga n’itunga rikomeye ku Burundi hamwe n’ibindi bihugu bigisangiye naho kititwararitswe nk’uko bikwiye.
Dialogue inter-burundais : « Qui doit dialoguer avec qui ? »
Pour le blogueur Oscar Niyonkuru, le dialogue souhaité par le gouvernement, s’apparente à un monologue. Pour sortir de cette impasse, le jeune analyste lance un message fort au gouvernement, mais aussi à l’opposition, car pour lui, le peuple a assez […]
Tuyage mu rupfasoni ku mbuga ngurukanabumenyi
Mu mibano y’abantu, mu buzima bwabo bwa minsi yose, usanga vyama ari ngombwa ko baganira, bagatererana ivyiyumviro, bakabazanya ibibazo, eka mbere bagahana n’impanuro. Ariko rero, nk’uko Oscar Niyonkuru abituyagira, hari benshi bataramenya kuyaga mu rupfasoni, na cane cane abayagira ku […]
Igiturire kizocika ryari mu Burundi ?
Mu gihe abategetsi benshi b’igihugu cacu, uhereye ku bo hejuru gushika ku nzego zo hasi bama basemereye, eka mbere bakanagabisha abarya ibiturire, umuntu aribaza igituma igiturire kidahera canke ngo kigabanuke mu gihugu cacu. Oscar Niyonkuru aratuyagira uko abibona n’ico yiyumvira […]
Twitwararike aho tubaye ku neza yacu!
Abatari bake barazi ko gukingira ibidukikije biri n’akamaro kanini mu buzima bw’abantu, mu mibereho yabo ya minsi yose. Oscar Niyonkuru arabishimangira mu guhamagarira abarundi gukingira ibidukikije kugira ngo twirinde impanuka.
Ni muze twigishwe na kahise !
Mu gihe igihugu c’Uburundi kimaze ikiringo kirenga umwaka kiri mu ngorane za politike mbere zanakweze umutekano muke mu gihugu, Oscar Niyonkuru araserura ivyiyumviro vyiwe akagirako atanga n’inzira yibaza ko yogarukana amahoro n’umutekano mu gihugu.