Ikibazo c’ikena ry’akazi kirahanze urwaruka mu gihugu cacu. Bati: inzara ni inzeragiza ; Ariane* yahisemwo kuryamana n’umukoresha wiwe kugira umukunzi wiwe bimirije kurushinga aronke akazi, ariko uwo mukunzi abimenye ntiyakiriye neza ako “kigoro.”
Martine Akeza
« Je ne veux pas me marier pour ne pas finir comme ma mère »
Ceci est un témoignage. Une jeune fille qui a grandi dans une famille séparée, puis recomposée, raconte son enfer. Elle questionne l’existence de l’amour dans les foyers, se demande pourquoi le destin lui a infligé cette peine et si un […]
“Kwubaka nkiri isugi vyangiriye akamaro n’ingaruka”
Umwigeme agiye kwubaka akiri isugi, aba yumva ko ashishiriye iteka ryiwe n’iry’umuryango akomokamwo. Kukaba nka ko, n’imigenzo y’ikirundi irabiha agaciro. Ariko nk’uko vyashikiye Aline*, ivyo gusa ntibikwiye kugira uwo bubakanye amwubahirize. Hari uwo vyashitse, aho kubona ko yagumije ibanga, ahubwo […]
“Naraye mu masengesho, umuvugishwa ahakwa kumfata ku nguvu”: intahe
Mu masengero atandukanye, hari abakozi b’Imana dukunze kwita abavugishwa. Abo na bo, abakirisu barabisanzurako cane, bakabayagira ibibabakiye ata n’ico bisigarije, kuko babizera bikwiye. Ariko muri bo, hari abo bishika bagahemuka, uwo bita umuhamagaro ugacika umukenyuro wo kwihimbariza umubiri wabo, nk’uko […]
« Étudiante et femme de ménage, et j’en suis fière »
Ce n’est peut-être pas compréhensible et facile à croire qu’une jeune fille instruite et « towneure » comme on aime le dire soit une femme de ménage. Mais comme nos ancêtres le disaient, « ntamwuga udakiza atari uwo kuroga »*. Voici mon histoire.
Umuhungu n’umukobwa batavukana, nta bugenzi butarimwo guhuza ibitsina bushoboka ?
Ico kibazo kiri mu mitima y’abakobwa benshi. Bamwe ni kubera bamaze kugwa mu kaga k’ugukomerekera mu bugenzi bw’uburyarya, abandi kubera ukumva inkuru z’incamugongo, bakabura ico bari bufate n’ico bari bureke ; bakisanga mu mibonano mpuzabitsina batashatse. Ni kwo gufatwa ku nguvu. […]