Kenshi na kenshi iyo hagize igihuza abantu, barahanahana ivyiyumviro, eka mbere bakanigishanya. Ivyo biri muri bimwe Désiré Sezikeye atuyagira ahereye ku vyiyumviro urwarukarwo muri kaminuza y’i Ngozi rufise ku « Burundi bw’ejo ».
Analyse
Inkurikizi z’ukutumvira muganga
Mu gihe abantu benshi bivuriza kwa muganga bakira indwara nka zose baba barwaye, hariho abo bitagendera gutyo. Muti mbega kugira umuntu asubire kurwara ata minsi ihaciye avuye kwivuza vyoba biva kuki? Spageon Ngabo, nk’umunyeshure ariko aritegurira ibanga ryo kuvura, araducira […]
Kwubaka birashoboka naho twoba tutagira uburyo bwinshi
Mu gihe muri ino minsi hibonekeza ukubura akazi ku rwaruka ruhejeje amashure, abatari bake biranabagirako ingaruka mbi mu bijanye n’imibano. Renovat Ndikumwenayo aravyihweza agasanga benshi mu bakiri bato badafise akazi badashobora no kwubaka izabo nk’uko abituyagira.
Quel comportement devrait adopter l’opposition burundaise ?
Alors que le Burundi traverse une crise politique à la suite des élections controversées de 2015, le blogueur Mwalimu Khadidja Hussein analyse la situation sociopolitique du pays et fait un clin d’œil à l’opposition politique burundaise, tel un coach qui, […]
Monsieur le Président, j’envie votre mort !
Un mois après la mort du président Bagaza, le blogueur Yannick Ndayisaba revient sur un autre aspect de ce décès que les gens semblent ignorer. Le président a connu une mort paisible que beaucoup de dignitaires burundais et le blogueur […]
Mbega igisagara ca Gitega kizoguma ari ica kabiri mu Burundi?
Mu gihe uko igihugu gitera imbere ariko ibisagara bivuka kandi navyo nyene bikabandanya gukura, aha mu gihugu c’Uburundi, Jean-Désiré Nduwayo aribaza uko ibintu bizoba vyifashe mu minsi ya vuba umuntu agereranijwe ibisagara vya Gitega na Ngozi. Ahereye ngaho asanga, hamwe […]
Uwutazi ubwenge ashima ubwiwe
Abatari bake baripfuza ibikorwa canke ubuzi bokora ngo bibesheho, ariko bikabagora kubironka. Kurabira akarorero ku bamaze kubigerageza bigakunda, ni kimwe mu vyofasha uwifuza gutera imbere. Iradukunda Laude Ersine araducira ku mayange.
Dufunguye neza, tugira amagara meza
Abarundi benshi baracibaza ko gufungura neza ari ukwama barafungura indya zitetse n’amavuta gusa, abandi nabo bakabona ko kwama barafungura inyama, amagi canke bakanywa amata n’ibindi bifungurwa vyinshi vyiza nk’ivyo. Ariko naho biri ukwo, Renovat Ndikumwenayo wewe ahanura benshi ko nyabuna […]
Yoba ari iyindi nzira yo kwiyamamaza ?
Mu gihe hari umugenzo abatowe bariko baramenyera wo kwegera ababatoye mu kubasanga ku kivi, Apollinaire Nkurunziza araducira ku mayange bimwe mu biranga ivyo bihe. Iruhande y’aho, aribaza niba atari umukenyuro wo kubandanya barondera amajwi n’imbere y’uko imyiyamamazo y’amatora akurikira itangura.