Mu nama yagiranye n’abategetsi bo mu nzego zo hasi, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano, Martin Niteretse yamenyesheje ko guhera ubu abana bafise ba se batazwi batosubira kwandikwa mu bitabu vya komine. Asaba ko atawosubira kwandikwa kuri […]
Imiryango
Ibintu 5 bitari vyo twiyumvira ku “badiaspora”
Tubita “abadiaspora canke tukabita aba-“Come from”. Ni Abarundi baba mu mahanga. Nta vyigwa vy’abahinga birerekana imvo zituma ibintu bimeze uku ngira ndabishikirize, ariko nyene, hari ivyiyumviro bishika kuri 5 dufise kuri abo benewacu, rimwe na rimwe bikabatera kwifata uko batari […]
Muvyaranje yarateruwe, n’ubu ndacababaye
Mu mwaka w’1998, muvyaranje yateshejwe ishure yiga mu wa gatanu. Nyina ari we senge yamuhindiye ku mugabo, umwana aba abaye umugore yari azi ko buca aja kw’ishure. Abantu bose barahoreranye, ngo umukobwa araranye n’umuhungu aba abaye umugore. Urwo rugo yararugorewemwo, […]
Les enfants des malades mentaux, les oubliés des « oubliés »
En dehors du fait que les malades mentaux deviennent des « oubliés » de la société qui les abandonne, les stigmatise et parfois les humilie, leurs enfants vivent un véritable chemin de croix. Pire, ils assistent impuissants à la lente et inexorable […]
Éducation sexuelle : des seins, des fesses et des larmes
Dans la société burundaise, la porte qui ouvre sur l’éducation sexuelle est fermée à double tour. Tout ce qui a trait au sexe est placé sous une chape de plomb. Les jeunes privés de cette éducation se retrouvent comme dans […]
Ibintu bitatu vyerekana ko ikibazo c’amoko kitarahera mu Barundi
Imyaka miringo ibiri n’amezi ane birigoroye amasezerano ya Arusha ateweko igikumu. Ntawobideha, kuva ico gihe, intambwe itari nto yaratewe. Ibibazo bimwebimwe vyari bihanze igihugu vyaratorewe umuti, harimwo n’ic’amoko cari kizingamitse Uburundi. None vy’ukuri ico kibazo coba caratorewe umuti ? […]
Ibintu bitanu urwaruka rwo mu gisagara ca Bujumbura rwibaza ku bantu bavuye « ruguru »
Mu biyago vyabo bateramye, mu mashure, mu birabo eka mbere no mu miryango yabo, imvukira zo mu gisagara ca Bujumbura birashika zikavuga abantu bavuye “ruguru” bakaza ino. Mu vyo babavugako, hari ibintu bitangaje, ndetse bikaba. Ng’ibi bitanu muri vyo.
Akabaruwa ku mutambukanyi w’umukuru w’igihugu
Ku wa 7 Myandagaro 2020, umutambukanyi w’umukuru w’igihugu arategekanya ikoraniro ry’ukuyaga n’urwaruka rwo mu gisagara ca Bujumbura ruri mu buruhuko. Uwu mwanditsi wa Yaga abona ko ikiyayuramutwe Boost ari ikibazo nkoramutima coshirwa ku rutonde rw’ivyo iryo koraniro rizoganirako. Ari ko […]
Uno mugabo yigisha muri kaminuza yazize uguheka umwana wiwe
Mu Burundi, imico n’imigenzo bisa nk’aho bicegurira ibikorwa vyo mu rugo ku gatwe k’umukenyezi wenyene. Akenshi, iyo umugabo ashatse gufasha umutambukanyi wiwe, hari abamubona nabi; bamwe ngo «aratituye umuco», abandi ngo «ng’uwo uwariye jondama». Uno mugabo yigisha muri kaminuza, mu […]