Evariste Ndayishimiye

Akabaruwa ku mukuru w’igihugu : “Ng’ibi bimwe mu vyo abenegihugu bipfuza kwumva mw’ijambo risozera umwaka”
Une lettre à ... article comment count is: 2

Akabaruwa ku mukuru w’igihugu : “Ng’ibi bimwe mu vyo abenegihugu bipfuza kwumva mw’ijambo risozera umwaka”

Hasigaye amasaha make ngo umwaka w’2023 urangire, maze uw’2024 utangure. Mu gihe umukuru w’igihugu yama ashikiriza ijambo risozera umwaka Abarundi n’incuti z’Uburundi uko umwaka utashe, uyu mwanditsi wa Yaga yahisemwo kumwandikira akabaruwa, ngo amubwire ivyo Abarundi benshi bipfuza kwumva mw’iryo […]

Ibaruwa ku Mukuru w’igihugu : Nyenicubahiro, mwagize neza ku bushimwe mwatanze yamara…
Une lettre à ... article comment count is: 0

Ibaruwa ku Mukuru w’igihugu : Nyenicubahiro, mwagize neza ku bushimwe mwatanze yamara…

Ku wa 1 Mukakaro 2023, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yaratanze ubushimwe n’ibidari bitandukanye. Bamwe mu bashikiranganji, abasirikare n’abaporisi hamwe n’umuyobozi w’ishure ESTA. Muri ico gikorwa co gushima, ntiyibagiye umutambukanyi wiwe. Ivyo vyatumye uyu mwanditsi wa Yaga yandikira umukuru w’igihugu […]