Ku wa 7 Munyonyo, ni ho ibitaro nderabavuzi vyo mu Kamenge (CHU de Kamenge) bizwi kw’izina “Roi Khaled” vy’i Bujumbura vyakwiza neza na neza imyaka 36. Uhereye ku burambe ugashitsa ku kanovera k’ubuvuzi buhatangirwa, ubanje guca ku gikorwa nderabavuzi, ng’ibi […]
Course contre la montre pour les femmes à Ruhororo
L’après-midi de ce 5 novembre 2020, a circulé sur les réseaux sociaux une mesure prise par l’administratrice de la commune Ruhororo en province Ngozi. Celle-ci proclame un couvre-feu à 20h00 pour les femmes dans cette commune, ce qui n’a pas […]
Waramuhemukiye arabimenya : ng’uku uko mwosubiza hamwe
Kurenga ibigo, guca inyuma umukunzi, kumuvanga, “kumucamwo”, … guhemukira umukunzi vyitwa amazina menshi kandi bigakorwa kwinshi. Imvo zibituma na zo nyene zikaba ari umurengera. Iyo uwahemukiwe abimenye, biramugora kuvyihanganira, no gusubiza hamwe bigaheza ntivyorohe. Ng’izi inyifato 9 wogira kugira musubize […]
#YouthImpulse : ng’ibi ivyo kwitondera kugira dutere intambwe
Amafaranga y’amarundi imiriyaridi 40 ni yo agiye guhabwa urwaruka, mu ntumbero yo kurwunganira mu kwitunganiriza imigambi. Ayo aje yiyongera ku miriyoni 10 urwaruka rusanzwe ruhabwa mu ma koperative “Sangwe” yo ku mitumba. N’ubwo izo ngingo ari nziza cane, hari ibikwiye […]
« Il est possible de se remarier et de retrouver le bonheur »
Le mariage c’est la volonté à deux de créer l’unique comme l’a dit Friedrich Nietzsche. Les époux s’unissent et se promettent de lutter main dans la main contre vents et marées pour un avenir meilleur. Leur souhait est de vivre […]
Le harcèlement scolaire : chers parents, soyez vigilants !
Les histoires d’enfants qui mènent la vie dure à d’autres enfants à l’école, on en entend très souvent parler. Vous l’avez sans doute vécu vous aussi. Malheureusement, ce phénomène est souvent considéré comme banal autant par les enseignants que par […]
Ivyo mwomenya ku matora yo muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika
Inkuru iguma ivugwa ku mbuga ngurukanabumenyi, ku maradiyo no ku mboneshakure muri iyi misi, ni amatora yo mu gihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika. Ayo na yo ntatahurwa kumwe n’abatayazi, na rirya asanzwe adatunganywa nk’ayo mu bindi bihugu bigize […]
La Tanzanie émergente : un cas d’école pour le Burundi ?
Avec l’ambition de passer en 2025 de pays pauvre à pays émergent à revenu intermédiaire, la Tanzanie vient d’atteindre son objectif en 2020, avec cinq ans d’avance. Comment s’y est-elle prise ? Le Burundi qui affiche le désir d’accéder à l’émergence […]